The Quran in Rundi - Surah Fatiha translated into Rundi, Surah Al-Fatihah in Rundi. We provide accurate translation of Surah Fatiha in Rundi - الكيروندية, Verses 7 - Surah Number 1 - Page 1.
بِسْمِ اللَّهِ الرَّحْمَٰنِ الرَّحِيمِ (1) Kw’izina ry’Imana nyene Imigisha myinshi, na nyene Imigisha mito mito |
الْحَمْدُ لِلَّهِ رَبِّ الْعَالَمِينَ (2) Ndakengurukiye Imana, Umuremyi w’ibiremwa vyose |
الرَّحْمَٰنِ الرَّحِيمِ (3) Nyene Imigisha myinshi, na nyene Imigisha mito mito |
مَالِكِ يَوْمِ الدِّينِ (4) Nyene inganji y’umusi w’imperuka |
إِيَّاكَ نَعْبُدُ وَإِيَّاكَ نَسْتَعِينُ (5) Niwewe dusenga, kandi niwewe dusaba imfashanyo |
اهْدِنَا الصِّرَاطَ الْمُسْتَقِيمَ (6) Turongore munzira igororotse |
صِرَاطَ الَّذِينَ أَنْعَمْتَ عَلَيْهِمْ غَيْرِ الْمَغْضُوبِ عَلَيْهِمْ وَلَا الضَّالِّينَ (7) Inzira yabo wahaye imigisha kuribo, kandi atari mubashavuriwe kuribo, canke mubazimiye |