The Quran in Rundi - Surah Ikhlas translated into Rundi, Surah Al-Ikhlas in Rundi. We provide accurate translation of Surah Ikhlas in Rundi - الكيروندية, Verses 4 - Surah Number 112 - Page 604.
قُلْ هُوَ اللَّهُ أَحَدٌ (1) Vuga uti:- niyo Mana imwe rudende gusa |
اللَّهُ الصَّمَدُ (2) Imana yonyene gusa niyo ikwiriwe kwizigirwa |
لَمْ يَلِدْ وَلَمْ يُولَدْ (3) Ntiyavyaye canke ntiyavutse |
وَلَمْ يَكُن لَّهُ كُفُوًا أَحَدٌ (4) Kandi ntifise uwo bisa nayo n’umwe |