The Quran in Rundi - Surah Masad translated into Rundi, Surah Al-Masad in Rundi. We provide accurate translation of Surah Masad in Rundi - الكيروندية, Verses 5 - Surah Number 111 - Page 603.
تَبَّتْ يَدَا أَبِي لَهَبٍ وَتَبَّ (1) Hari uguhona kw’amaboko abiri ya Abuu lahhabi, nawe akaba yarahonejwe |
مَا أَغْنَىٰ عَنْهُ مَالُهُ وَمَا كَسَبَ (2) Amatungo yiwe ntaco azo mumarira, canke ivyo yaronkeye ngaha kw’Isi |
سَيَصْلَىٰ نَارًا ذَاتَ لَهَبٍ (3) Azo kwinjira mu muriro udahera waka urubeya runiniya cane |
وَامْرَأَتُهُ حَمَّالَةَ الْحَطَبِ (4) N’umukenyezi wiwe yatwara inkwi z’urwanko |
فِي جِيدِهَا حَبْلٌ مِّن مَّسَدٍ (5) Mw’izosi ry’iwe hariho umugozi uzinshwe |