×

Surah Al-Munafiqun in Rundi

Quran Rundi ⮕ Surah Munafiqun

Translation of the Meanings of Surah Munafiqun in Rundi - الكيروندية

The Quran in Rundi - Surah Munafiqun translated into Rundi, Surah Al-Munafiqun in Rundi. We provide accurate translation of Surah Munafiqun in Rundi - الكيروندية, Verses 11 - Surah Number 63 - Page 554.

بسم الله الرحمن الرحيم

إِذَا جَاءَكَ الْمُنَافِقُونَ قَالُوا نَشْهَدُ إِنَّكَ لَرَسُولُ اللَّهِ ۗ وَاللَّهُ يَعْلَمُ إِنَّكَ لَرَسُولُهُ وَاللَّهُ يَشْهَدُ إِنَّ الْمُنَافِقِينَ لَكَاذِبُونَ (1)
Niwashikirwa n’ababeshi bavuga bati:- twebwe turi ivyabona yuko mu vy’ukuri wewe uri intumwa y’Imana, n’Imana irafise ubumenyi buhagije yuko wewe uri intumwa y’Imana, n’Imana niyo cabona yuko mu vy’ukuri ababeshi ari ababeshi gusa
اتَّخَذُوا أَيْمَانَهُمْ جُنَّةً فَصَدُّوا عَن سَبِيلِ اللَّهِ ۚ إِنَّهُمْ سَاءَ مَا كَانُوا يَعْمَلُونَ (2)
Bagize indahiro zabo kuba arizo nkinzo zabo zibakingira, baca bikingira mugucishwa munzira y’Imana, mu vy’ukuri muvyo bahora bagira ni bibi cane
ذَٰلِكَ بِأَنَّهُمْ آمَنُوا ثُمَّ كَفَرُوا فَطُبِعَ عَلَىٰ قُلُوبِهِمْ فَهُمْ لَا يَفْقَهُونَ (3)
N’ivyo vyose nuko bemeye, munyuma yaho barahakana, kuri ivyo ikidodo caratewe kumitima yabo, kuri ivyo nta nakimwe bazi
۞ وَإِذَا رَأَيْتَهُمْ تُعْجِبُكَ أَجْسَامُهُمْ ۖ وَإِن يَقُولُوا تَسْمَعْ لِقَوْلِهِمْ ۖ كَأَنَّهُمْ خُشُبٌ مُّسَنَّدَةٌ ۖ يَحْسَبُونَ كُلَّ صَيْحَةٍ عَلَيْهِمْ ۚ هُمُ الْعَدُوُّ فَاحْذَرْهُمْ ۚ قَاتَلَهُمُ اللَّهُ ۖ أَنَّىٰ يُؤْفَكُونَ (4)
Ubabonye imibiri yabo irabereye neza, niyo bariko baravuga urumva mumvugo zabo mugabo kuribo ninka kumwe kw’ibiti vya hagaze aho biri womengo igikakaje kiri hejuru yabo, rero abo nibo bansi mwirinde kuribo, n’Imana n’ibicire kure, none ni kuki batirigana k’ukuri
وَإِذَا قِيلَ لَهُمْ تَعَالَوْا يَسْتَغْفِرْ لَكُمْ رَسُولُ اللَّهِ لَوَّوْا رُءُوسَهُمْ وَرَأَيْتَهُمْ يَصُدُّونَ وَهُم مُّسْتَكْبِرُونَ (5)
Mugihe babwiwe bati:- nimuze kugira ngo intumwa y’Imana ibasabire ikigongwe, baca bahindura imitwe yabo ukababona bikingiye n’ukwishima yuko aribo bantu bakuru
سَوَاءٌ عَلَيْهِمْ أَسْتَغْفَرْتَ لَهُمْ أَمْ لَمْ تَسْتَغْفِرْ لَهُمْ لَن يَغْفِرَ اللَّهُ لَهُمْ ۚ إِنَّ اللَّهَ لَا يَهْدِي الْقَوْمَ الْفَاسِقِينَ (6)
Ni vyiza kuribo ubasabiye ikigongwe canke utakibasabiye ico kigongwe Imana ntizo kibagirira, mu vy’ukuri Imana ntirongora abantu biyonkoye kuriyo
هُمُ الَّذِينَ يَقُولُونَ لَا تُنفِقُوا عَلَىٰ مَنْ عِندَ رَسُولِ اللَّهِ حَتَّىٰ يَنفَضُّوا ۗ وَلِلَّهِ خَزَائِنُ السَّمَاوَاتِ وَالْأَرْضِ وَلَٰكِنَّ الْمُنَافِقِينَ لَا يَفْقَهُونَ (7)
Nibo bavuga y’uko:- ntimutange amatungo yanyu kubera abari kumwe n’intumwa y’Imana kugira ngo baveho baje kure, nayo ububiko bw’Amajuru n’Isi n’ubw’Imana, mugabo ababeshi nta nakimwe bazi
يَقُولُونَ لَئِن رَّجَعْنَا إِلَى الْمَدِينَةِ لَيُخْرِجَنَّ الْأَعَزُّ مِنْهَا الْأَذَلَّ ۚ وَلِلَّهِ الْعِزَّةُ وَلِرَسُولِهِ وَلِلْمُؤْمِنِينَ وَلَٰكِنَّ الْمُنَافِقِينَ لَا يَعْلَمُونَ (8)
Bavuga bati:- nitwagaruka mu gisagara c’IMadinat, nyene ubutagatifu azo kwirukana nyarucari na nyene iteka nyakuri n’Imana hamwe n’intumwa yiwe hamwe naba Isilamu, mugabo abo babeshi nta nakimwe bazi
يَا أَيُّهَا الَّذِينَ آمَنُوا لَا تُلْهِكُمْ أَمْوَالُكُمْ وَلَا أَوْلَادُكُمْ عَن ذِكْرِ اللَّهِ ۚ وَمَن يَفْعَلْ ذَٰلِكَ فَأُولَٰئِكَ هُمُ الْخَاسِرُونَ (9)
Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri, ntabibagize amatungo yanyu canke ibibondo vyanyu mu kutibuka Imana, n’abagira ivyo vyose nibo bari m’uruhombo
وَأَنفِقُوا مِن مَّا رَزَقْنَاكُم مِّن قَبْلِ أَن يَأْتِيَ أَحَدَكُمُ الْمَوْتُ فَيَقُولَ رَبِّ لَوْلَا أَخَّرْتَنِي إِلَىٰ أَجَلٍ قَرِيبٍ فَأَصَّدَّقَ وَأَكُن مِّنَ الصَّالِحِينَ (10)
Nimutange muvyo twabahaye imbere yuko umwe muri mwebwe atara shikirwa n’urupfu, hanyuma agaca avuga ati:- Muremyi wanje, nundindirize n’umwanya mutoyi ngatanga imperezwa hanyuma nkaba mubantu bagira ineza
وَلَن يُؤَخِّرَ اللَّهُ نَفْسًا إِذَا جَاءَ أَجَلُهَا ۚ وَاللَّهُ خَبِيرٌ بِمَا تَعْمَلُونَ (11)
Mugabo Imana ntizo rindiriza umutima w’umuntu uwariwe wese washikiwe n’urupfu rwawo, n’Imana niyo ifise inkuru yivyo mugira vyose
❮ Previous Next ❯

Surahs from Quran :

1- Fatiha2- Baqarah
3- Al Imran4- Nisa
5- Maidah6- Anam
7- Araf8- Anfal
9- Tawbah10- Yunus
11- Hud12- Yusuf
13- Raad14- Ibrahim
15- Hijr16- Nahl
17- Al Isra18- Kahf
19- Maryam20- TaHa
21- Anbiya22- Hajj
23- Muminun24- An Nur
25- Furqan26- Shuara
27- Naml28- Qasas
29- Ankabut30- Rum
31- Luqman32- Sajdah
33- Ahzab34- Saba
35- Fatir36- Yasin
37- Assaaffat38- Sad
39- Zumar40- Ghafir
41- Fussilat42- shura
43- Zukhruf44- Ad Dukhaan
45- Jathiyah46- Ahqaf
47- Muhammad48- Al Fath
49- Hujurat50- Qaf
51- zariyat52- Tur
53- Najm54- Al Qamar
55- Rahman56- Waqiah
57- Hadid58- Mujadilah
59- Al Hashr60- Mumtahina
61- Saff62- Jumuah
63- Munafiqun64- Taghabun
65- Talaq66- Tahrim
67- Mulk68- Qalam
69- Al-Haqqah70- Maarij
71- Nuh72- Jinn
73- Muzammil74- Muddathir
75- Qiyamah76- Insan
77- Mursalat78- An Naba
79- Naziat80- Abasa
81- Takwir82- Infitar
83- Mutaffifin84- Inshiqaq
85- Buruj86- Tariq
87- Al Ala88- Ghashiya
89- Fajr90- Al Balad
91- Shams92- Lail
93- Duha94- Sharh
95- Tin96- Al Alaq
97- Qadr98- Bayyinah
99- Zalzalah100- Adiyat
101- Qariah102- Takathur
103- Al Asr104- Humazah
105- Al Fil106- Quraysh
107- Maun108- Kawthar
109- Kafirun110- Nasr
111- Masad112- Ikhlas
113- Falaq114- An Nas