The Quran in Rundi - Surah Tin translated into Rundi, Surah At-Tin in Rundi. We provide accurate translation of Surah Tin in Rundi - الكيروندية, Verses 8 - Surah Number 95 - Page 597.
بِّسْمِ اللَّهِ الرَّحْمَٰنِ الرَّحِيمِ وَالتِّينِ وَالزَّيْتُونِ (1) Ndarahiye kuri iki camwa citiriweTtiyn na Zaytuni |
وَطُورِ سِينِينَ (2) No k’umusozi wa Sinayi |
وَهَٰذَا الْبَلَدِ الْأَمِينِ (3) No kuri iki gisagara c’amahoro c’IMakkat |
لَقَدْ خَلَقْنَا الْإِنسَانَ فِي أَحْسَنِ تَقْوِيمٍ (4) Ntankeka twaremye umuntu mw’ishusho ryiza cane |
ثُمَّ رَدَدْنَاهُ أَسْفَلَ سَافِلِينَ (5) Hanyuma tumugarura kuba hasi gusumba abari hasi cane |
إِلَّا الَّذِينَ آمَنُوا وَعَمِلُوا الصَّالِحَاتِ فَلَهُمْ أَجْرٌ غَيْرُ مَمْنُونٍ (6) Dukuyemwo abemeye Imana yabo y’ukuri n’ukugira ibikorwa vyiza, abo nibo bazoronka impembo itazo hera |
فَمَا يُكَذِّبُكَ بَعْدُ بِالدِّينِ (7) N’igiki kigushikira n’uguhakana impembo munyuma y’ukubona ivyo vyose |
أَلَيْسَ اللَّهُ بِأَحْكَمِ الْحَاكِمِينَ (8) Ntabwo Allah arenganura abacamanza |