The Quran in Rundi - Surah Qadr translated into Rundi, Surah Al-Qadr in Rundi. We provide accurate translation of Surah Qadr in Rundi - الكيروندية, Verses 5 - Surah Number 97 - Page 598.
بِّسْمِ اللَّهِ الرَّحْمَٰنِ الرَّحِيمِ إِنَّا أَنزَلْنَاهُ فِي لَيْلَةِ الْقَدْرِ (1) Mu vy’ukuri twamanuye iyi Qur’aani ntagatifu mw’Ijoro ry’iteka ryitiriwe Laylatul’Qadri |
وَمَا أَدْرَاكَ مَا لَيْلَةُ الْقَدْرِ (2) None n’igiki kizo kumenyesha yuko ariryo joro ritagatifu ry’iteka ryitiriwe Laylatul’Qadri |
لَيْلَةُ الْقَدْرِ خَيْرٌ مِّنْ أَلْفِ شَهْرٍ (3) Iryo joro ry’iteka ntangere niryo ryiza gusumba amezi igihumbi |
تَنَزَّلُ الْمَلَائِكَةُ وَالرُّوحُ فِيهَا بِإِذْنِ رَبِّهِم مِّن كُلِّ أَمْرٍ (4) Hamanuka Abamarayika bafise imitima y’ibiremwa vyeranda, muri iryo joro kw’itegeko ry’Umuremyi wabo kubintu vyose |
سَلَامٌ هِيَ حَتَّىٰ مَطْلَعِ الْفَجْرِ (5) N’amahoro yiryo joro kugeza kw’iseruko ry’umutwenzi |