The Quran in Rundi - Surah Adiyat translated into Rundi, Surah Al-Adiyat in Rundi. We provide accurate translation of Surah Adiyat in Rundi - الكيروندية, Verses 11 - Surah Number 100 - Page 599.
وَالْعَادِيَاتِ ضَبْحًا (1) Ndarahiye kw’Ifarasi zigenda cane kandi zihema hema |
فَالْمُورِيَاتِ قَدْحًا (2) Zigasohora umucanwa kumaguru yazo mugukubita amaguru yazo hasi |
فَالْمُغِيرَاتِ صُبْحًا (3) Zigatera mugihe co mu gitondo |
فَأَثَرْنَ بِهِ نَقْعًا (4) Zigatumura inkungugu nyinshi muri ico gihe nyene |
فَوَسَطْنَ بِهِ جَمْعًا (5) Zikinjira mumirwi y’abansi kurwana |
إِنَّ الْإِنسَانَ لِرَبِّهِ لَكَنُودٌ (6) Ntankeka umuntu arahakana Umuremyi wiwe |
وَإِنَّهُ عَلَىٰ ذَٰلِكَ لَشَهِيدٌ (7) Nawe azi ibi vyose |
وَإِنَّهُ لِحُبِّ الْخَيْرِ لَشَدِيدٌ (8) Akaba afise urukundo runiniya cane rw’ugukunda amatungo |
۞ أَفَلَا يَعْلَمُ إِذَا بُعْثِرَ مَا فِي الْقُبُورِ (9) Mbega ntazi yuko igihe bazozurwa abari muntatemwa zabo |
وَحُصِّلَ مَا فِي الصُّدُورِ (10) Mugihe hazoserurwa ibiri mubikiriza vyabo |
إِنَّ رَبَّهُم بِهِمْ يَوْمَئِذٍ لَّخَبِيرٌ (11) Yuko Umuremyi wabo azobamenya neza cane kuri uwo musi ibiremwa vyiwe vyose |