القرآن باللغة الكيروندية - سورة العاديات مترجمة إلى اللغة الكيروندية، Surah Adiyat in Rundi. نوفر ترجمة دقيقة سورة العاديات باللغة الكيروندية - Rundi, الآيات 11 - رقم السورة 100 - الصفحة 599.

| وَالْعَادِيَاتِ ضَبْحًا (1) Ndarahiye kw’Ifarasi zigenda cane kandi zihema hema |
| فَالْمُورِيَاتِ قَدْحًا (2) Zigasohora umucanwa kumaguru yazo mugukubita amaguru yazo hasi |
| فَالْمُغِيرَاتِ صُبْحًا (3) Zigatera mugihe co mu gitondo |
| فَأَثَرْنَ بِهِ نَقْعًا (4) Zigatumura inkungugu nyinshi muri ico gihe nyene |
| فَوَسَطْنَ بِهِ جَمْعًا (5) Zikinjira mumirwi y’abansi kurwana |
| إِنَّ الْإِنسَانَ لِرَبِّهِ لَكَنُودٌ (6) Ntankeka umuntu arahakana Umuremyi wiwe |
| وَإِنَّهُ عَلَىٰ ذَٰلِكَ لَشَهِيدٌ (7) Nawe azi ibi vyose |
| وَإِنَّهُ لِحُبِّ الْخَيْرِ لَشَدِيدٌ (8) Akaba afise urukundo runiniya cane rw’ugukunda amatungo |
| ۞ أَفَلَا يَعْلَمُ إِذَا بُعْثِرَ مَا فِي الْقُبُورِ (9) Mbega ntazi yuko igihe bazozurwa abari muntatemwa zabo |
| وَحُصِّلَ مَا فِي الصُّدُورِ (10) Mugihe hazoserurwa ibiri mubikiriza vyabo |
| إِنَّ رَبَّهُم بِهِمْ يَوْمَئِذٍ لَّخَبِيرٌ (11) Yuko Umuremyi wabo azobamenya neza cane kuri uwo musi ibiremwa vyiwe vyose |