The Quran in Rundi - Surah Al Fil translated into Rundi, Surah Al-Fil in Rundi. We provide accurate translation of Surah Al Fil in Rundi - الكيروندية, Verses 5 - Surah Number 105 - Page 601.
أَلَمْ تَرَ كَيْفَ فَعَلَ رَبُّكَ بِأَصْحَابِ الْفِيلِ (1) Mbega ntubona ingene Umuremyi wawe yagize abantu bari bafise inzovu |
أَلَمْ يَجْعَلْ كَيْدَهُمْ فِي تَضْلِيلٍ (2) Mbega ntiyagize ingeso zabo zononekara |
وَأَرْسَلَ عَلَيْهِمْ طَيْرًا أَبَابِيلَ (3) Abarungikira inyoni imirwi n’iyindi |
تَرْمِيهِم بِحِجَارَةٍ مِّن سِجِّيلٍ (4) Zibatera iminana y’ivyondo vyokeje |
فَجَعَلَهُمْ كَعَصْفٍ مَّأْكُولٍ (5) Zibagira nk’ivyatsi vyariwe |