The Quran in Rundi - Surah Maun translated into Rundi, Surah Al-Maun in Rundi. We provide accurate translation of Surah Maun in Rundi - الكيروندية, Verses 7 - Surah Number 107 - Page 602.

| أَرَأَيْتَ الَّذِي يُكَذِّبُ بِالدِّينِ (1) Mbega wamubonye umwe ahakana idini ry’Imana | 
| فَذَٰلِكَ الَّذِي يَدُعُّ الْيَتِيمَ (2) Uyo n’umwe asunika impfuvyi | 
| وَلَا يَحُضُّ عَلَىٰ طَعَامِ الْمِسْكِينِ (3) Kandi ntiyitaho kugaburira aboro | 
| فَوَيْلٌ لِّلْمُصَلِّينَ (4) Rero ibihano bikaze cane bizoba shikira abantu basenga | 
| الَّذِينَ هُمْ عَن صَلَاتِهِمْ سَاهُونَ (5) Batitaho kumategeko y’amasengesho yabo | 
| الَّذِينَ هُمْ يُرَاءُونَ (6) Abagira ivyo bikorwa vyabo kugira ngo biyereka kubantu gusa | 
| وَيَمْنَعُونَ الْمَاعُونَ (7) Nabo n’abima imfashanyo zabo kubazikeneye |