The Quran in Rundi - Surah Kawthar translated into Rundi, Surah Al-Kawthar in Rundi. We provide accurate translation of Surah Kawthar in Rundi - الكيروندية, Verses 3 - Surah Number 108 - Page 602.
إِنَّا أَعْطَيْنَاكَ الْكَوْثَرَ (1) Mu vy’ukuri twaguhaye imigisha myinshi cane |
فَصَلِّ لِرَبِّكَ وَانْحَرْ (2) Rero n’usenge kubera Umuremyi wawe, kandi ubage kubera Umuremyi wawe |
إِنَّ شَانِئَكَ هُوَ الْأَبْتَرُ (3) Mu vy’ukuri umwansi wawe niwe azoba imfuvyi |