The Quran in Rundi - Surah Kafirun translated into Rundi, Surah Al-Kafirun in Rundi. We provide accurate translation of Surah Kafirun in Rundi - الكيروندية, Verses 6 - Surah Number 109 - Page 603.
قُلْ يَا أَيُّهَا الْكَافِرُونَ (1) Vuga uti:- mwebwe bahakanyi b’Imana y’ukuri |
لَا أَعْبُدُ مَا تَعْبُدُونَ (2) Jewe si nsenga ivyo musenga |
وَلَا أَنتُمْ عَابِدُونَ مَا أَعْبُدُ (3) Na mwebwe ntimusenga uwo nsenga |
وَلَا أَنَا عَابِدٌ مَّا عَبَدتُّمْ (4) Kandi sinzo senga ico musenga |
وَلَا أَنتُمْ عَابِدُونَ مَا أَعْبُدُ (5) Namwe ntimuzo senga uwo nsenga |
لَكُمْ دِينُكُمْ وَلِيَ دِينِ (6) Mwebwe mufise idini ryanyu, nanje mfise idini ryanje |