The Quran in Rundi - Surah Nasr translated into Rundi, Surah An-Nasr in Rundi. We provide accurate translation of Surah Nasr in Rundi - الكيروندية, Verses 3 - Surah Number 110 - Page 603.
إِذَا جَاءَ نَصْرُ اللَّهِ وَالْفَتْحُ (1) Nihashika intsinzi y’Imana n’ugutsinda |
وَرَأَيْتَ النَّاسَ يَدْخُلُونَ فِي دِينِ اللَّهِ أَفْوَاجًا (2) Niwabona abantu binjira mw’idini ry’Imana imirwi n’iyindi |
فَسَبِّحْ بِحَمْدِ رَبِّكَ وَاسْتَغْفِرْهُ ۚ إِنَّهُ كَانَ تَوَّابًا (3) Aho rero nusukure n’Umuremyi wawe hamwe nukuyihayagiza, umusabe ikigongwe, mu vy’ukuri niyo yakira ikigongwe |