×

Surah Al-Infitar in Rundi

Quran Rundi ⮕ Surah Infitar

Translation of the Meanings of Surah Infitar in Rundi - الكيروندية

The Quran in Rundi - Surah Infitar translated into Rundi, Surah Al-Infitar in Rundi. We provide accurate translation of Surah Infitar in Rundi - الكيروندية, Verses 19 - Surah Number 82 - Page 587.

بسم الله الرحمن الرحيم

إِذَا السَّمَاءُ انفَطَرَتْ (1)
Igihe amajuru azo satagurika
وَإِذَا الْكَوَاكِبُ انتَثَرَتْ (2)
N’inyenyeri igihe zizo hunguruka
وَإِذَا الْبِحَارُ فُجِّرَتْ (3)
N’ibiyaga igihe bizo saturwa
وَإِذَا الْقُبُورُ بُعْثِرَتْ (4)
N’intatemwa z’abantu igihe zizo zurwa
عَلِمَتْ نَفْسٌ مَّا قَدَّمَتْ وَأَخَّرَتْ (5)
Umutima w’umuntu uzomenya ico watanguje kugira hamwe n’ico wasigaje inyuma
يَا أَيُّهَا الْإِنسَانُ مَا غَرَّكَ بِرَبِّكَ الْكَرِيمِ (6)
Wewe muntu! ni igiki kiguhenda n’Umuremyi wawe mutagatifu
الَّذِي خَلَقَكَ فَسَوَّاكَ فَعَدَلَكَ (7)
Uwakuremye nuku kugira neza, hanyuma nuku kuringaniza neza
فِي أَيِّ صُورَةٍ مَّا شَاءَ رَكَّبَكَ (8)
Mw’ishusho iryariryo ryose yishakiye niko yakuringanije
كَلَّا بَلْ تُكَذِّبُونَ بِالدِّينِ (9)
None si uko, ahubwo mwebwe nimwe muhakana uwo musi w’impembo
وَإِنَّ عَلَيْكُمْ لَحَافِظِينَ (10)
Mu vy’ukuri hejuru yanyu hari abantu babashigikiye
كِرَامًا كَاتِبِينَ (11)
Bafise iteka kandi bandika
يَعْلَمُونَ مَا تَفْعَلُونَ (12)
Bafise ubumenyi bwivyo mugira vyose
إِنَّ الْأَبْرَارَ لَفِي نَعِيمٍ (13)
Mu vy’ukuri abagira ineza bose bazoba bari mumahirwe
وَإِنَّ الْفُجَّارَ لَفِي جَحِيمٍ (14)
N’abagizi b’inabi bose bazoba bari mu muriro udahera
يَصْلَوْنَهَا يَوْمَ الدِّينِ (15)
Bazo kwinjira muriwo k’umusi w’impembo
وَمَا هُمْ عَنْهَا بِغَائِبِينَ (16)
Kandi ntibazowuva mwo
وَمَا أَدْرَاكَ مَا يَوْمُ الدِّينِ (17)
N’igiki kizo kumenyesha uwo musi w’impembo yuko uzoba ari umusi wa ryari
ثُمَّ مَا أَدْرَاكَ مَا يَوْمُ الدِّينِ (18)
Kandi n’igiki kizo kumenyesha uwo musi w’impembo y’uko uzoba ari umusi wa ryari
يَوْمَ لَا تَمْلِكُ نَفْسٌ لِّنَفْسٍ شَيْئًا ۖ وَالْأَمْرُ يَوْمَئِذٍ لِّلَّهِ (19)
N’umusi waho umutima w’umuntu utazo shigikira umutima w’uwundi muntu kukintu icarico cose, n’itegeko ryuwo musi rizoba ari iry’Imana gusa
❮ Previous Next ❯

Surahs from Quran :

1- Fatiha2- Baqarah
3- Al Imran4- Nisa
5- Maidah6- Anam
7- Araf8- Anfal
9- Tawbah10- Yunus
11- Hud12- Yusuf
13- Raad14- Ibrahim
15- Hijr16- Nahl
17- Al Isra18- Kahf
19- Maryam20- TaHa
21- Anbiya22- Hajj
23- Muminun24- An Nur
25- Furqan26- Shuara
27- Naml28- Qasas
29- Ankabut30- Rum
31- Luqman32- Sajdah
33- Ahzab34- Saba
35- Fatir36- Yasin
37- Assaaffat38- Sad
39- Zumar40- Ghafir
41- Fussilat42- shura
43- Zukhruf44- Ad Dukhaan
45- Jathiyah46- Ahqaf
47- Muhammad48- Al Fath
49- Hujurat50- Qaf
51- zariyat52- Tur
53- Najm54- Al Qamar
55- Rahman56- Waqiah
57- Hadid58- Mujadilah
59- Al Hashr60- Mumtahina
61- Saff62- Jumuah
63- Munafiqun64- Taghabun
65- Talaq66- Tahrim
67- Mulk68- Qalam
69- Al-Haqqah70- Maarij
71- Nuh72- Jinn
73- Muzammil74- Muddathir
75- Qiyamah76- Insan
77- Mursalat78- An Naba
79- Naziat80- Abasa
81- Takwir82- Infitar
83- Mutaffifin84- Inshiqaq
85- Buruj86- Tariq
87- Al Ala88- Ghashiya
89- Fajr90- Al Balad
91- Shams92- Lail
93- Duha94- Sharh
95- Tin96- Al Alaq
97- Qadr98- Bayyinah
99- Zalzalah100- Adiyat
101- Qariah102- Takathur
103- Al Asr104- Humazah
105- Al Fil106- Quraysh
107- Maun108- Kawthar
109- Kafirun110- Nasr
111- Masad112- Ikhlas
113- Falaq114- An Nas