×

Surah Al-Qiyamah in Rundi

Quran Rundi ⮕ Surah Qiyamah

Translation of the Meanings of Surah Qiyamah in Rundi - الكيروندية

The Quran in Rundi - Surah Qiyamah translated into Rundi, Surah Al-Qiyamah in Rundi. We provide accurate translation of Surah Qiyamah in Rundi - الكيروندية, Verses 40 - Surah Number 75 - Page 577.

بسم الله الرحمن الرحيم

لَا أُقْسِمُ بِيَوْمِ الْقِيَامَةِ (1)
Ndarahiye k’umusi w’umuhero w’isi
وَلَا أُقْسِمُ بِالنَّفْسِ اللَّوَّامَةِ (2)
Kandi ndarahiye k’umutima widoga
أَيَحْسَبُ الْإِنسَانُ أَلَّن نَّجْمَعَ عِظَامَهُ (3)
Yibaza umuntu yuko twebwe tutazo kwegeranya amagufa yiwe
بَلَىٰ قَادِرِينَ عَلَىٰ أَن نُّسَوِّيَ بَنَانَهُ (4)
Kubera iki, twebwe turashoboye kuringaniza amasonga y’intoke ziwe
بَلْ يُرِيدُ الْإِنسَانُ لِيَفْجُرَ أَمَامَهُ (5)
Mugabo umuntu ashaka gusa guhakana ibiri imbere yiwe gusa
يَسْأَلُ أَيَّانَ يَوْمُ الْقِيَامَةِ (6)
Akabaza nk’agahemo uwo musi w’umuhero w’Isi uzobera
فَإِذَا بَرِقَ الْبَصَرُ (7)
N’umusi ijisho ry’umuntu rizobona nk’umuravyo
وَخَسَفَ الْقَمَرُ (8)
N’ukwezi mugihe kuzo fatwa
وَجُمِعَ الشَّمْسُ وَالْقَمَرُ (9)
N’Izuba hamwe n’Ukwezi bizo huzwa ariko gufatwa
يَقُولُ الْإِنسَانُ يَوْمَئِذٍ أَيْنَ الْمَفَرُّ (10)
Umuntu azo vuga kuri uwo musi ati:- ni uruhe ruhande rw’ukwirukira
كَلَّا لَا وَزَرَ (11)
Oya! Nta hantu hukwirukira
إِلَىٰ رَبِّكَ يَوْمَئِذٍ الْمُسْتَقَرُّ (12)
Kuri uwo musi ingaruka ya vyose ni ku Muremyi wawe gusa
يُنَبَّأُ الْإِنسَانُ يَوْمَئِذٍ بِمَا قَدَّمَ وَأَخَّرَ (13)
Kuri uwo musi umuntu azobwirwa kuvyo yagize aho hambere, hamwe nivyo yagize mu nyuma yaho
بَلِ الْإِنسَانُ عَلَىٰ نَفْسِهِ بَصِيرَةٌ (14)
Ahubwo umuntu niwe cabona c’umutima wiwe
وَلَوْ أَلْقَىٰ مَعَاذِيرَهُ (15)
Naho atanga ivyitwazo vyiwe vy’ububeshi
لَا تُحَرِّكْ بِهِ لِسَانَكَ لِتَعْجَلَ بِهِ (16)
Ntunyiganze ururimi rwawe mu kuru girira ivyihutirwa bimanuka
إِنَّ عَلَيْنَا جَمْعَهُ وَقُرْآنَهُ (17)
Mu vy’ukuri ni kuri twebwe kuwegeranya n’ukuwigisha
فَإِذَا قَرَأْنَاهُ فَاتَّبِعْ قُرْآنَهُ (18)
Mugihe twebwe tugusomera, wewe n’ukurikize uko gusomwa kwavyo
ثُمَّ إِنَّ عَلَيْنَا بَيَانَهُ (19)
Hanyuma ni hejuru yacu kubikwereka
كَلَّا بَلْ تُحِبُّونَ الْعَاجِلَةَ (20)
Sivyo none, ahubwo mwebwe nimwe mukunda ubuzima bwaha kw’isi
وَتَذَرُونَ الْآخِرَةَ (21)
N’ukureka ubuzima bwo mw’ijuru
وُجُوهٌ يَوْمَئِذٍ نَّاضِرَةٌ (22)
Amaso y’abandi kuri uwo musi azoba asayangana
إِلَىٰ رَبِّهَا نَاظِرَةٌ (23)
Araba Umuremyi wabo
وَوُجُوهٌ يَوْمَئِذٍ بَاسِرَةٌ (24)
N’ayandi maso kuri uwo musi azo kwizinga
تَظُنُّ أَن يُفْعَلَ بِهَا فَاقِرَةٌ (25)
Azomenya yuko azoshikirwa n’ivyago bivuna agatiri gongo
كَلَّا إِذَا بَلَغَتِ التَّرَاقِيَ (26)
Sivyo none! Uku mugira mugihe umutima uzoshika kumagufa y’ibitugu vyabo
وَقِيلَ مَنْ ۜ رَاقٍ (27)
Hazovurwa hati :- ni nde ashobora kuvura uyu murwayi
وَظَنَّ أَنَّهُ الْفِرَاقُ (28)
Nawe akamenya yuko ari umwanya w’urupfu
وَالْتَفَّتِ السَّاقُ بِالسَّاقِ (29)
Mugihe hazokurikizwa umurundi k’uwundi
إِلَىٰ رَبِّكَ يَوْمَئِذٍ الْمَسَاقُ (30)
Kuri uwo musi n’ugucungerwa gusa, n’ukujanwa k’Umuremyi wawe
فَلَا صَدَّقَ وَلَا صَلَّىٰ (31)
Ntiyemeye canke ntiyasenze
وَلَٰكِن كَذَّبَ وَتَوَلَّىٰ (32)
Ahubwo yarahakanye n’ugusubira inyuma
ثُمَّ ذَهَبَ إِلَىٰ أَهْلِهِ يَتَمَطَّىٰ (33)
Hanyuma yaragiye ku bantu biwe nawe yijanda jandira
أَوْلَىٰ لَكَ فَأَوْلَىٰ (34)
Uramaze gushikirwa n’ibihano vy’Imana, mbega biramaze kugushikira
ثُمَّ أَوْلَىٰ لَكَ فَأَوْلَىٰ (35)
Hanyuma uramaze gushikirwa n’ibihano vy’Imana, mbega biramaze kugushikira
أَيَحْسَبُ الْإِنسَانُ أَن يُتْرَكَ سُدًى (36)
Mbega wiyumvira yuko umuntu azorekwa gutya nyene agende akagirire
أَلَمْ يَكُ نُطْفَةً مِّن مَّنِيٍّ يُمْنَىٰ (37)
Mbega ntiyari ima ry’intanga ryatewe
ثُمَّ كَانَ عَلَقَةً فَخَلَقَ فَسَوَّىٰ (38)
Hanyuma riba ikimanyu c’amaraso, hanyuma Imana ira murema nuku muringaniza ari umuntu akwiye
فَجَعَلَ مِنْهُ الزَّوْجَيْنِ الذَّكَرَ وَالْأُنثَىٰ (39)
Hanyuma imugira impande zibiri, z’ukuba umugabo n’umugore
أَلَيْسَ ذَٰلِكَ بِقَادِرٍ عَلَىٰ أَن يُحْيِيَ الْمَوْتَىٰ (40)
Mbega ntiyari kuba uyo ariwe nyene ubushobozi bw’ukuzura abashengeye bose
❮ Previous Next ❯

Surahs from Quran :

1- Fatiha2- Baqarah
3- Al Imran4- Nisa
5- Maidah6- Anam
7- Araf8- Anfal
9- Tawbah10- Yunus
11- Hud12- Yusuf
13- Raad14- Ibrahim
15- Hijr16- Nahl
17- Al Isra18- Kahf
19- Maryam20- TaHa
21- Anbiya22- Hajj
23- Muminun24- An Nur
25- Furqan26- Shuara
27- Naml28- Qasas
29- Ankabut30- Rum
31- Luqman32- Sajdah
33- Ahzab34- Saba
35- Fatir36- Yasin
37- Assaaffat38- Sad
39- Zumar40- Ghafir
41- Fussilat42- shura
43- Zukhruf44- Ad Dukhaan
45- Jathiyah46- Ahqaf
47- Muhammad48- Al Fath
49- Hujurat50- Qaf
51- zariyat52- Tur
53- Najm54- Al Qamar
55- Rahman56- Waqiah
57- Hadid58- Mujadilah
59- Al Hashr60- Mumtahina
61- Saff62- Jumuah
63- Munafiqun64- Taghabun
65- Talaq66- Tahrim
67- Mulk68- Qalam
69- Al-Haqqah70- Maarij
71- Nuh72- Jinn
73- Muzammil74- Muddathir
75- Qiyamah76- Insan
77- Mursalat78- An Naba
79- Naziat80- Abasa
81- Takwir82- Infitar
83- Mutaffifin84- Inshiqaq
85- Buruj86- Tariq
87- Al Ala88- Ghashiya
89- Fajr90- Al Balad
91- Shams92- Lail
93- Duha94- Sharh
95- Tin96- Al Alaq
97- Qadr98- Bayyinah
99- Zalzalah100- Adiyat
101- Qariah102- Takathur
103- Al Asr104- Humazah
105- Al Fil106- Quraysh
107- Maun108- Kawthar
109- Kafirun110- Nasr
111- Masad112- Ikhlas
113- Falaq114- An Nas