×

Surah Al-Insan in Rundi

Quran Rundi ⮕ Surah Insan

Translation of the Meanings of Surah Insan in Rundi - الكيروندية

The Quran in Rundi - Surah Insan translated into Rundi, Surah Al-Insan in Rundi. We provide accurate translation of Surah Insan in Rundi - الكيروندية, Verses 31 - Surah Number 76 - Page 578.

بسم الله الرحمن الرحيم

هَلْ أَتَىٰ عَلَى الْإِنسَانِ حِينٌ مِّنَ الدَّهْرِ لَمْ يَكُن شَيْئًا مَّذْكُورًا (1)
Mu vy’ukuri ikiremwa muntu carahitiwe n’umwanya muremure w’imyaka myinshi kita raba ikintu na kimwe kivurwa kuri we
إِنَّا خَلَقْنَا الْإِنسَانَ مِن نُّطْفَةٍ أَمْشَاجٍ نَّبْتَلِيهِ فَجَعَلْنَاهُ سَمِيعًا بَصِيرًا (2)
Mu vy’ukuri twaremye umuntu biturutse kumbuto y’ubuzima ivanzwe ni y’umugabo hamwe ni y’umugore, kugira ngo tumugirire ibibazo, kuri ivyo tumugira uwumva n’ukubona
إِنَّا هَدَيْنَاهُ السَّبِيلَ إِمَّا شَاكِرًا وَإِمَّا كَفُورًا (3)
Mu vy’ukuri twebwe twara murongoye mu nzira zose azoba arimwo aba uwushima canke uwuhakana
إِنَّا أَعْتَدْنَا لِلْكَافِرِينَ سَلَاسِلَ وَأَغْلَالًا وَسَعِيرًا (4)
Mu vy’ukuri twebwe twaraba teguriye abahakanyi b’Imana y’ukuri, iminyororo hamwe n’imigozi y’umuriro ukaze cane
إِنَّ الْأَبْرَارَ يَشْرَبُونَ مِن كَأْسٍ كَانَ مِزَاجُهَا كَافُورًا (5)
Mu vy’ukuri abantu beranda bazonywa ibinyobwa bivanzwe mwo n’akamoto kitiriwe Kafuri
عَيْنًا يَشْرَبُ بِهَا عِبَادُ اللَّهِ يُفَجِّرُونَهَا تَفْجِيرًا (6)
Iyo Kafuri n’umwonga uzonywa mwo abantu beranda b’Imana ukazo shunguruka mwo amazi afise ishunguruka ryiza nkuko bipfuza
يُوفُونَ بِالنَّذْرِ وَيَخَافُونَ يَوْمًا كَانَ شَرُّهُ مُسْتَطِيرًا (7)
Abo bantu ni bamwe bakwijije ibikenewe vyabo n’ugutinya umusi w’ishari ryawo uzo kwiragira hose
وَيُطْعِمُونَ الطَّعَامَ عَلَىٰ حُبِّهِ مِسْكِينًا وَيَتِيمًا وَأَسِيرًا (8)
Naba gaburira ibi fungurwa aboro hamwe n’impfuvyi hamwe n’imbohe, mugihe nabo ku bwabo bakunda ivyo bifungurwa
إِنَّمَا نُطْعِمُكُمْ لِوَجْهِ اللَّهِ لَا نُرِيدُ مِنكُمْ جَزَاءً وَلَا شُكُورًا (9)
Mu mitima yabo bavuga bati:- tuba risha ibi bifungurwa kugushaka impuhwe z’Imana gusa, kuko ntidushaka kuri mwebwe impembo iyariyo yose canke yuko mwodushimira
إِنَّا نَخَافُ مِن رَّبِّنَا يَوْمًا عَبُوسًا قَمْطَرِيرًا (10)
Mu vy’ukuri twebwe dutinya ku Muremyi wacu uwo musi w’ingorane n’uburuhe
فَوَقَاهُمُ اللَّهُ شَرَّ ذَٰلِكَ الْيَوْمِ وَلَقَّاهُمْ نَضْرَةً وَسُرُورًا (11)
Mu vy’ukuri Imana izoba kingira n’ishari ryuwo musi n’ukuba huza n’imigisha yayo hamwe n’akanya muneza ntangere
وَجَزَاهُم بِمَا صَبَرُوا جَنَّةً وَحَرِيرًا (12)
Imana izo baha akaganuke k’imirima yo mw’ijuru hamwe n’impuzu zihwahutse kubera ukwigumya kwabo
مُّتَّكِئِينَ فِيهَا عَلَى الْأَرَائِكِ ۖ لَا يَرَوْنَ فِيهَا شَمْسًا وَلَا زَمْهَرِيرًا (13)
Iyo mw’ijuru bazo kwegamira kunyegamo z’iteka, nti bazobona yo izuba rikaze cane , canke imbeho ikaze cane kuribo
وَدَانِيَةً عَلَيْهِمْ ظِلَالُهَا وَذُلِّلَتْ قُطُوفُهَا تَذْلِيلًا (14)
N’ibitutu vyayo bizoba biri hafi cane kuri bo, hamwe n’ivyamwa vyegeranye kubindi bishunguruka bigerekeranye kubindi kugera hasi
وَيُطَافُ عَلَيْهِم بِآنِيَةٍ مِّن فِضَّةٍ وَأَكْوَابٍ كَانَتْ قَوَارِيرَا (15)
Bazo cishirizwa ibikoresho vy’umwakaka hamwe n’ibikombe bibonerana
قَوَارِيرَ مِن فِضَّةٍ قَدَّرُوهَا تَقْدِيرًا (16)
N’ibirahuri vy’umwakaka vyujujwe kurugero rumwe rukwiye
وَيُسْقَوْنَ فِيهَا كَأْسًا كَانَ مِزَاجُهَا زَنجَبِيلًا (17)
Iyo mw’ijuru bazonyweshwa ibinyobwa bivanzwe mwo n’ikirungo citiriwe Tangawizi
عَيْنًا فِيهَا تُسَمَّىٰ سَلْسَبِيلًا (18)
Urwo n’uruzi ruri mw’ijuru rwitiriwe Sal’sabila
۞ وَيَطُوفُ عَلَيْهِمْ وِلْدَانٌ مُّخَلَّدُونَ إِذَا رَأَيْتَهُمْ حَسِبْتَهُمْ لُؤْلُؤًا مَّنثُورًا (19)
Bazo kikuzwa n’imisore isharije, ubabonye womengo n’ubutare bwitiriwe Ilulu za sanzajwe
وَإِذَا رَأَيْتَ ثَمَّ رَأَيْتَ نَعِيمًا وَمُلْكًا كَبِيرًا (20)
Ubonye ibirimwo, uzoca ubona imigisha hamwe n’ubwami bw’Imana bunini cane
عَالِيَهُمْ ثِيَابُ سُندُسٍ خُضْرٌ وَإِسْتَبْرَقٌ ۖ وَحُلُّوا أَسَاوِرَ مِن فِضَّةٍ وَسَقَاهُمْ رَبُّهُمْ شَرَابًا طَهُورًا (21)
Hejuru yabo barafise impuzu zihwahutse z’ibara ry’urwatsi rubisi, hamwe n’izindi zihwahutse ziremereye gatoyi, kandi bazokwambikwa ingori z’umwakaka, n’Umuremyi wabo azoba nywesha ibinyobwa vyiza cane
إِنَّ هَٰذَا كَانَ لَكُمْ جَزَاءً وَكَانَ سَعْيُكُم مَّشْكُورًا (22)
Mu vy’ukuri iyi niyo mpembo yanyu yibijanye n’ibikorwa vyanyu vyemewe
إِنَّا نَحْنُ نَزَّلْنَا عَلَيْكَ الْقُرْآنَ تَنزِيلًا (23)
Mu vy’ukuri twebwe twakumanuriye iyi Qur’ani ntagatifu ibice bice
فَاصْبِرْ لِحُكْمِ رَبِّكَ وَلَا تُطِعْ مِنْهُمْ آثِمًا أَوْ كَفُورًا (24)
Rero n’urindire intahe y’Umuremyi wawe, kandi ntugamburukire umwe muribo mubagira ibicumuro canke uwuhakana Imana yiwe y’ukuri
وَاذْكُرِ اسْمَ رَبِّكَ بُكْرَةً وَأَصِيلًا (25)
Ni wibuke izina ry’Umuremyi wawe mu gitondo no ku mugoroba
وَمِنَ اللَّيْلِ فَاسْجُدْ لَهُ وَسَبِّحْهُ لَيْلًا طَوِيلًا (26)
Mw’ijoro naho uyunamire ushize umutwe wawe hasi, kandi uyi ninahaze mw’ijoro mumwanya muremure
إِنَّ هَٰؤُلَاءِ يُحِبُّونَ الْعَاجِلَةَ وَيَذَرُونَ وَرَاءَهُمْ يَوْمًا ثَقِيلًا (27)
Mu vy’ukuri aba bantu bikundira ubuzima bwo ngaha kw’Isi gusa, n’ugusiga inyuma yabo umusi ugoye cane kuribo
نَّحْنُ خَلَقْنَاهُمْ وَشَدَدْنَا أَسْرَهُمْ ۖ وَإِذَا شِئْنَا بَدَّلْنَا أَمْثَالَهُمْ تَبْدِيلًا (28)
Twebwe twabaremye n’ugushira mwo ubushobozi mubihimba vy’imibiri yabo, dushatse twoshobora kuzana abandi bantu atari bo bameze nkabo
إِنَّ هَٰذِهِ تَذْكِرَةٌ ۖ فَمَن شَاءَ اتَّخَذَ إِلَىٰ رَبِّهِ سَبِيلًا (29)
Mu vy’ukuri iki n’icibutso, rero kuwushaka azofata inzira imushikana ku Muremyi wiwe
وَمَا تَشَاءُونَ إِلَّا أَن يَشَاءَ اللَّهُ ۚ إِنَّ اللَّهَ كَانَ عَلِيمًا حَكِيمًا (30)
Kandi ntimushobora gushaka icarico cose Imana itabishatse, mu vy’ukuri Imana niyo ifise ubumenyi n’ubuhizi buhagije
يُدْخِلُ مَن يَشَاءُ فِي رَحْمَتِهِ ۚ وَالظَّالِمِينَ أَعَدَّ لَهُمْ عَذَابًا أَلِيمًا (31)
Yinjiza uwo yishakiye mu migisha yayo, naba hemukiye imitima yabo yarabateguriye ibihano bibabaza cane
❮ Previous Next ❯

Surahs from Quran :

1- Fatiha2- Baqarah
3- Al Imran4- Nisa
5- Maidah6- Anam
7- Araf8- Anfal
9- Tawbah10- Yunus
11- Hud12- Yusuf
13- Raad14- Ibrahim
15- Hijr16- Nahl
17- Al Isra18- Kahf
19- Maryam20- TaHa
21- Anbiya22- Hajj
23- Muminun24- An Nur
25- Furqan26- Shuara
27- Naml28- Qasas
29- Ankabut30- Rum
31- Luqman32- Sajdah
33- Ahzab34- Saba
35- Fatir36- Yasin
37- Assaaffat38- Sad
39- Zumar40- Ghafir
41- Fussilat42- shura
43- Zukhruf44- Ad Dukhaan
45- Jathiyah46- Ahqaf
47- Muhammad48- Al Fath
49- Hujurat50- Qaf
51- zariyat52- Tur
53- Najm54- Al Qamar
55- Rahman56- Waqiah
57- Hadid58- Mujadilah
59- Al Hashr60- Mumtahina
61- Saff62- Jumuah
63- Munafiqun64- Taghabun
65- Talaq66- Tahrim
67- Mulk68- Qalam
69- Al-Haqqah70- Maarij
71- Nuh72- Jinn
73- Muzammil74- Muddathir
75- Qiyamah76- Insan
77- Mursalat78- An Naba
79- Naziat80- Abasa
81- Takwir82- Infitar
83- Mutaffifin84- Inshiqaq
85- Buruj86- Tariq
87- Al Ala88- Ghashiya
89- Fajr90- Al Balad
91- Shams92- Lail
93- Duha94- Sharh
95- Tin96- Al Alaq
97- Qadr98- Bayyinah
99- Zalzalah100- Adiyat
101- Qariah102- Takathur
103- Al Asr104- Humazah
105- Al Fil106- Quraysh
107- Maun108- Kawthar
109- Kafirun110- Nasr
111- Masad112- Ikhlas
113- Falaq114- An Nas