×

Nuwamuguze ari mugisagara ca Misiri (Egypte) yaciye abwira umutambukanyi wiwe ati:- nimumutegurire 12:21 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Yusuf ⮕ (12:21) ayat 21 in Rundi

12:21 Surah Yusuf ayat 21 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Yusuf ayat 21 - يُوسُف - Page - Juz 12

﴿وَقَالَ ٱلَّذِي ٱشۡتَرَىٰهُ مِن مِّصۡرَ لِٱمۡرَأَتِهِۦٓ أَكۡرِمِي مَثۡوَىٰهُ عَسَىٰٓ أَن يَنفَعَنَآ أَوۡ نَتَّخِذَهُۥ وَلَدٗاۚ وَكَذَٰلِكَ مَكَّنَّا لِيُوسُفَ فِي ٱلۡأَرۡضِ وَلِنُعَلِّمَهُۥ مِن تَأۡوِيلِ ٱلۡأَحَادِيثِۚ وَٱللَّهُ غَالِبٌ عَلَىٰٓ أَمۡرِهِۦ وَلَٰكِنَّ أَكۡثَرَ ٱلنَّاسِ لَا يَعۡلَمُونَ ﴾
[يُوسُف: 21]

Nuwamuguze ari mugisagara ca Misiri (Egypte) yaciye abwira umutambukanyi wiwe ati:- nimumutegurire aho azoba uyu mushumvyi nkumbure azotugirira akamaro canke tukazomugena kuba ikibondo cacu, kuri ivyo rero Yussufu twaramutsimbataje muri ico gisagara ca Misiri n’umunezero ntangere kugira ngo tumwigishe ukuri kw’amajambo, n’Imana niyo nyene intsinzi hejuru y’ijambo ryayo mugabo abantu benshi ntanakimwe bazi

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وقال الذي اشتراه من مصر لامرأته أكرمي مثواه عسى أن ينفعنا أو, باللغة الكيروندية

﴿وقال الذي اشتراه من مصر لامرأته أكرمي مثواه عسى أن ينفعنا أو﴾ [يُوسُف: 21]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek