×

N’Imana ibatangirako akarorero kugisagara cari gifise amahoro n’umutekano ntangere, imigisha yaco yagishikira 16:112 Rundi translation

Quran infoRundiSurah An-Nahl ⮕ (16:112) ayat 112 in Rundi

16:112 Surah An-Nahl ayat 112 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah An-Nahl ayat 112 - النَّحل - Page - Juz 14

﴿وَضَرَبَ ٱللَّهُ مَثَلٗا قَرۡيَةٗ كَانَتۡ ءَامِنَةٗ مُّطۡمَئِنَّةٗ يَأۡتِيهَا رِزۡقُهَا رَغَدٗا مِّن كُلِّ مَكَانٖ فَكَفَرَتۡ بِأَنۡعُمِ ٱللَّهِ فَأَذَٰقَهَا ٱللَّهُ لِبَاسَ ٱلۡجُوعِ وَٱلۡخَوۡفِ بِمَا كَانُواْ يَصۡنَعُونَ ﴾
[النَّحل: 112]

N’Imana ibatangirako akarorero kugisagara cari gifise amahoro n’umutekano ntangere, imigisha yaco yagishikira kubwinshi buvuye kumpande zose, mugabo barahakanye imigisha y’Imana, kuri ivyo rero Imana ica irambika ico gisagara impuzu y’ikigoyi n’ubwoba kubera ivyo bahora bagira

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وضرب الله مثلا قرية كانت آمنة مطمئنة يأتيها رزقها رغدا من كل, باللغة الكيروندية

﴿وضرب الله مثلا قرية كانت آمنة مطمئنة يأتيها رزقها رغدا من كل﴾ [النَّحل: 112]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek