×

Bamwe barya amatungo y’umurengero ntibahagarara atari nkakumwe ahagarara umwe yahahamuyena na Sheteni 2:275 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:275) ayat 275 in Rundi

2:275 Surah Al-Baqarah ayat 275 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 275 - البَقَرَة - Page - Juz 3

﴿ٱلَّذِينَ يَأۡكُلُونَ ٱلرِّبَوٰاْ لَا يَقُومُونَ إِلَّا كَمَا يَقُومُ ٱلَّذِي يَتَخَبَّطُهُ ٱلشَّيۡطَٰنُ مِنَ ٱلۡمَسِّۚ ذَٰلِكَ بِأَنَّهُمۡ قَالُوٓاْ إِنَّمَا ٱلۡبَيۡعُ مِثۡلُ ٱلرِّبَوٰاْۗ وَأَحَلَّ ٱللَّهُ ٱلۡبَيۡعَ وَحَرَّمَ ٱلرِّبَوٰاْۚ فَمَن جَآءَهُۥ مَوۡعِظَةٞ مِّن رَّبِّهِۦ فَٱنتَهَىٰ فَلَهُۥ مَا سَلَفَ وَأَمۡرُهُۥٓ إِلَى ٱللَّهِۖ وَمَنۡ عَادَ فَأُوْلَٰٓئِكَ أَصۡحَٰبُ ٱلنَّارِۖ هُمۡ فِيهَا خَٰلِدُونَ ﴾
[البَقَرَة: 275]

Bamwe barya amatungo y’umurengero ntibahagarara atari nkakumwe ahagarara umwe yahahamuyena na Sheteni nk’ibisazi, ivyo vyose nuko bavuze bati:- ibidandazwa vyose ni nk’umurengero mugihe Imana yabirekuriye kumategeko yayo hamwe n’ukubuza kuri ivyo bidandazwa kubera umurengero wavyo, rero uwashikiwe n’ubutumwa buvuye k’Umuremyi wiwe, hanyuma akigumya kuri ivyo, azoba yemerewe kuvy’akahise kuriwe n’urubanza rwiwe ruzoba ruri ku Mana yiwe, mugabo bamwe bagaruka kurya kuri y’amatungo y’umurengero, nuko abo bantu aribo bantu bo mumuriro udahera, bakazowuba mwo m’ubuzima bwabo bwose

❮ Previous Next ❯

ترجمة: الذين يأكلون الربا لا يقومون إلا كما يقوم الذي يتخبطه الشيطان من, باللغة الكيروندية

﴿الذين يأكلون الربا لا يقومون إلا كما يقوم الذي يتخبطه الشيطان من﴾ [البَقَرَة: 275]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek