﴿يَٰٓأَيُّهَا ٱلنَّاسُ إِن كُنتُمۡ فِي رَيۡبٖ مِّنَ ٱلۡبَعۡثِ فَإِنَّا خَلَقۡنَٰكُم مِّن تُرَابٖ ثُمَّ مِن نُّطۡفَةٖ ثُمَّ مِنۡ عَلَقَةٖ ثُمَّ مِن مُّضۡغَةٖ مُّخَلَّقَةٖ وَغَيۡرِ مُخَلَّقَةٖ لِّنُبَيِّنَ لَكُمۡۚ وَنُقِرُّ فِي ٱلۡأَرۡحَامِ مَا نَشَآءُ إِلَىٰٓ أَجَلٖ مُّسَمّٗى ثُمَّ نُخۡرِجُكُمۡ طِفۡلٗا ثُمَّ لِتَبۡلُغُوٓاْ أَشُدَّكُمۡۖ وَمِنكُم مَّن يُتَوَفَّىٰ وَمِنكُم مَّن يُرَدُّ إِلَىٰٓ أَرۡذَلِ ٱلۡعُمُرِ لِكَيۡلَا يَعۡلَمَ مِنۢ بَعۡدِ عِلۡمٖ شَيۡـٔٗاۚ وَتَرَى ٱلۡأَرۡضَ هَامِدَةٗ فَإِذَآ أَنزَلۡنَا عَلَيۡهَا ٱلۡمَآءَ ٱهۡتَزَّتۡ وَرَبَتۡ وَأَنۢبَتَتۡ مِن كُلِّ زَوۡجِۭ بَهِيجٖ ﴾
[الحج: 5]
Mwebwe bantu! Ni mwaba mufise amakenga kubijanye n’ukuzurwa kwanyu ni mwitegereze ingene twabaremye, mu vy’ukuri twabaremye tubakuye mw’ivu, hanyuma tuguma tubarema muntanga, hanyuma kuba ikimanyu c’amaraso, hanyuma kuba ikimanyu c’Inyama caremwe nikitaremwe kugira ngo tubamenyeshe ubushobozi bwacu, natwe twicarika munda y’umuvyeyi ico twishakiye kukiringo cagenywe, hanyuma tukaba kuramwo muri uruyoya, hanyuma tukabarera kugirango mushike mubigero vyanyu, rero hariho abitaba umuremyi wabo batara shikana ivyo bigero no muri mwebwe harimwo abasubizwa mubuzima buteye agahinda kugeza naho adashobora kumenya ikintu icarico cose mugihe yari afise ubumenyi bukwiye, kandi ukayibona Isi ihumuye n’agacerere ntangere mugabo tuyimanuriye ko amazi ikanyiganga nugukura hamwe nukunagisha ubwoko bw’ibiterwa vyiza bitandukanye
ترجمة: ياأيها الناس إن كنتم في ريب من البعث فإنا خلقناكم من تراب, باللغة الكيروندية
﴿ياأيها الناس إن كنتم في ريب من البعث فإنا خلقناكم من تراب﴾ [الحج: 5]