×

Ntankeka abagabo bakurikirana neza inkingi z’idini rya Isilamu n’abakenyezi nuko nyene bazikurikirana, 33:35 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ahzab ⮕ (33:35) ayat 35 in Rundi

33:35 Surah Al-Ahzab ayat 35 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ahzab ayat 35 - الأحزَاب - Page - Juz 22

﴿إِنَّ ٱلۡمُسۡلِمِينَ وَٱلۡمُسۡلِمَٰتِ وَٱلۡمُؤۡمِنِينَ وَٱلۡمُؤۡمِنَٰتِ وَٱلۡقَٰنِتِينَ وَٱلۡقَٰنِتَٰتِ وَٱلصَّٰدِقِينَ وَٱلصَّٰدِقَٰتِ وَٱلصَّٰبِرِينَ وَٱلصَّٰبِرَٰتِ وَٱلۡخَٰشِعِينَ وَٱلۡخَٰشِعَٰتِ وَٱلۡمُتَصَدِّقِينَ وَٱلۡمُتَصَدِّقَٰتِ وَٱلصَّٰٓئِمِينَ وَٱلصَّٰٓئِمَٰتِ وَٱلۡحَٰفِظِينَ فُرُوجَهُمۡ وَٱلۡحَٰفِظَٰتِ وَٱلذَّٰكِرِينَ ٱللَّهَ كَثِيرٗا وَٱلذَّٰكِرَٰتِ أَعَدَّ ٱللَّهُ لَهُم مَّغۡفِرَةٗ وَأَجۡرًا عَظِيمٗا ﴾
[الأحزَاب: 35]

Ntankeka abagabo bakurikirana neza inkingi z’idini rya Isilamu n’abakenyezi nuko nyene bazikurikirana, hamwe n’abagabo bemera neza bimwe bivuye kumitima yabo izo nkingi zukwemera nyakuri, n’abakenyezi bemera neza izo nkingi z’ukwemera nyakuri, hamwe n’abagabo bagamburuka, n’abakenyezi bagamburuka, hamwe n’abagabo bavugisha ukuri, n’abakenyezi bavugisha ukuri, hamwe n’abagabo bihangana, n’abakenyezi bihangana, hamwe n’abagabo bagamburuka, n’abakenyezi bagamburuka, hamwe n’abagabo batanga imperezwa zabo, n’abakenyezi batanga imperezwa zabo, hamwe n’abagabo bisonzesha, n’abakenyezi bisonzesha, hamwe n’abagabo bifata rupfasoni ntangere kubitsina vyabo, n’abapfasoni bifata rupfasoni ntangere kubitsina vyabo, hamwe n’abagabo bavuga Imana yabo y’ukuri umwanya wose, n’abapfasoni bavuga Imana yabo y’ukuri umwanya wose, abo nibo Imana yateguriye ikigongwe n’impembo niniya

❮ Previous Next ❯

ترجمة: إن المسلمين والمسلمات والمؤمنين والمؤمنات والقانتين والقانتات والصادقين والصادقات والصابرين والصابرات والخاشعين, باللغة الكيروندية

﴿إن المسلمين والمسلمات والمؤمنين والمؤمنات والقانتين والقانتات والصادقين والصادقات والصابرين والصابرات والخاشعين﴾ [الأحزَاب: 35]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek