×

Igihe yabwira umwe Imana yahaye imigisha yiwe uca uramu hezagira, nufate umutambukanyi 33:37 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ahzab ⮕ (33:37) ayat 37 in Rundi

33:37 Surah Al-Ahzab ayat 37 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ahzab ayat 37 - الأحزَاب - Page - Juz 22

﴿وَإِذۡ تَقُولُ لِلَّذِيٓ أَنۡعَمَ ٱللَّهُ عَلَيۡهِ وَأَنۡعَمۡتَ عَلَيۡهِ أَمۡسِكۡ عَلَيۡكَ زَوۡجَكَ وَٱتَّقِ ٱللَّهَ وَتُخۡفِي فِي نَفۡسِكَ مَا ٱللَّهُ مُبۡدِيهِ وَتَخۡشَى ٱلنَّاسَ وَٱللَّهُ أَحَقُّ أَن تَخۡشَىٰهُۖ فَلَمَّا قَضَىٰ زَيۡدٞ مِّنۡهَا وَطَرٗا زَوَّجۡنَٰكَهَا لِكَيۡ لَا يَكُونَ عَلَى ٱلۡمُؤۡمِنِينَ حَرَجٞ فِيٓ أَزۡوَٰجِ أَدۡعِيَآئِهِمۡ إِذَا قَضَوۡاْ مِنۡهُنَّ وَطَرٗاۚ وَكَانَ أَمۡرُ ٱللَّهِ مَفۡعُولٗا ﴾
[الأحزَاب: 37]

Igihe yabwira umwe Imana yahaye imigisha yiwe uca uramu hezagira, nufate umutambukanyi wawe kandi utinye Imana yawe, nukunyegeza ibiri kumutima wawe mugihe Imana yawe ariyo nyene ukuri nuguca utinya abantu aho gutinya Imana yawe y’ukuri mugihe uyo Zaidi yarangiza amabanga yiwe nkenerwa, nuyo mupfasoni niho twamuha uburenganzira bwukubakana nuyo mupfasoni kugira ngo ntihabe imyikeko n’ingorane kuba Isilamu mu kwubaka izabo n’abana babo b’abazanano mugihe bataba keneye, n’itegeko ry’Imana niryo ritegerezwa gukurikizwa gusa

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وإذ تقول للذي أنعم الله عليه وأنعمت عليه أمسك عليك زوجك واتق, باللغة الكيروندية

﴿وإذ تقول للذي أنعم الله عليه وأنعمت عليه أمسك عليك زوجك واتق﴾ [الأحزَاب: 37]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek