×

N’abayahudi bavuze bati:- ukuboko kw’Imana kurapfumbataye, n’amaboko yabo niyo yugaye, kandi baravumwe 5:64 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ma’idah ⮕ (5:64) ayat 64 in Rundi

5:64 Surah Al-Ma’idah ayat 64 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ma’idah ayat 64 - المَائدة - Page - Juz 6

﴿وَقَالَتِ ٱلۡيَهُودُ يَدُ ٱللَّهِ مَغۡلُولَةٌۚ غُلَّتۡ أَيۡدِيهِمۡ وَلُعِنُواْ بِمَا قَالُواْۘ بَلۡ يَدَاهُ مَبۡسُوطَتَانِ يُنفِقُ كَيۡفَ يَشَآءُۚ وَلَيَزِيدَنَّ كَثِيرٗا مِّنۡهُم مَّآ أُنزِلَ إِلَيۡكَ مِن رَّبِّكَ طُغۡيَٰنٗا وَكُفۡرٗاۚ وَأَلۡقَيۡنَا بَيۡنَهُمُ ٱلۡعَدَٰوَةَ وَٱلۡبَغۡضَآءَ إِلَىٰ يَوۡمِ ٱلۡقِيَٰمَةِۚ كُلَّمَآ أَوۡقَدُواْ نَارٗا لِّلۡحَرۡبِ أَطۡفَأَهَا ٱللَّهُۚ وَيَسۡعَوۡنَ فِي ٱلۡأَرۡضِ فَسَادٗاۚ وَٱللَّهُ لَا يُحِبُّ ٱلۡمُفۡسِدِينَ ﴾
[المَائدة: 64]

N’abayahudi bavuze bati:- ukuboko kw’Imana kurapfumbataye, n’amaboko yabo niyo yugaye, kandi baravumwe kubera ivyo bavuze, mugabo amaboko y’Imana aruguruye kuko itanga ivyo yishakiye, mu vy’ukuri ivyamanuwe kuri wewe bivuye kumuremyi wawe bizobongereza vyinshi muribo ubwansi n’ubuhakanyi, kandi twarabashiriyeho ubwansi n’ukutumvikana hagati yabo kugeza k’umusi w’imperuka, umwanya wose uko bakije umucanwa w’intambara, Imana ica uwuzimya, bagaca bihangana kugira ubwononyi ngaha kw’Isi, n’Imana ntikunda abononyi

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وقالت اليهود يد الله مغلولة غلت أيديهم ولعنوا بما قالوا بل يداه, باللغة الكيروندية

﴿وقالت اليهود يد الله مغلولة غلت أيديهم ولعنوا بما قالوا بل يداه﴾ [المَائدة: 64]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek