×

Ntankeka Umuremyi wanyu n’Imana yo yaremye Amajuru n’Isi mukiringo c’imisi itandatu, hanyuma 10:3 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Yunus ⮕ (10:3) ayat 3 in Rundi

10:3 Surah Yunus ayat 3 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Yunus ayat 3 - يُونس - Page - Juz 11

﴿إِنَّ رَبَّكُمُ ٱللَّهُ ٱلَّذِي خَلَقَ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضَ فِي سِتَّةِ أَيَّامٖ ثُمَّ ٱسۡتَوَىٰ عَلَى ٱلۡعَرۡشِۖ يُدَبِّرُ ٱلۡأَمۡرَۖ مَا مِن شَفِيعٍ إِلَّا مِنۢ بَعۡدِ إِذۡنِهِۦۚ ذَٰلِكُمُ ٱللَّهُ رَبُّكُمۡ فَٱعۡبُدُوهُۚ أَفَلَا تَذَكَّرُونَ ﴾
[يُونس: 3]

Ntankeka Umuremyi wanyu n’Imana yo yaremye Amajuru n’Isi mukiringo c’imisi itandatu, hanyuma ica iganza hejuru y’inyegamo yayo, kuko niyo igira ivyayo vyose, rero ntawuzo sabira uwundi atari inyuma y’itegeko ryayo, iyi rero niyo Mana ariyo Muremyi wanyu, rero nimuyisenge yonyene gusa, mbega mwebwe ntimwibuka

❮ Previous Next ❯

ترجمة: إن ربكم الله الذي خلق السموات والأرض في ستة أيام ثم استوى, باللغة الكيروندية

﴿إن ربكم الله الذي خلق السموات والأرض في ستة أيام ثم استوى﴾ [يُونس: 3]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek