×

Kumana niho mwese muzosubirayo, iyi n’indagano y’Imana y’ukuri, mu vy’ukuri niyo yatanguje 10:4 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Yunus ⮕ (10:4) ayat 4 in Rundi

10:4 Surah Yunus ayat 4 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Yunus ayat 4 - يُونس - Page - Juz 11

﴿إِلَيۡهِ مَرۡجِعُكُمۡ جَمِيعٗاۖ وَعۡدَ ٱللَّهِ حَقًّاۚ إِنَّهُۥ يَبۡدَؤُاْ ٱلۡخَلۡقَ ثُمَّ يُعِيدُهُۥ لِيَجۡزِيَ ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ وَعَمِلُواْ ٱلصَّٰلِحَٰتِ بِٱلۡقِسۡطِۚ وَٱلَّذِينَ كَفَرُواْ لَهُمۡ شَرَابٞ مِّنۡ حَمِيمٖ وَعَذَابٌ أَلِيمُۢ بِمَا كَانُواْ يَكۡفُرُونَ ﴾
[يُونس: 4]

Kumana niho mwese muzosubirayo, iyi n’indagano y’Imana y’ukuri, mu vy’ukuri niyo yatanguje kurema ibiremwa vyose, kandi niyo izobagarura kugira ngo ibahembe kubera ubutungane bw’abemeye Imana yabo y’ukuri, hamwe n’ukugira ibikorwa vyiza, nayo abahakanye Imana yabo y’ukuri, abo bazoronka ibinyobwa vy’amazi y’amarike hamwe n’ibihano bibabaza cane kubera uko guhakana kwabo

❮ Previous Next ❯

ترجمة: إليه مرجعكم جميعا وعد الله حقا إنه يبدأ الخلق ثم يعيده ليجزي, باللغة الكيروندية

﴿إليه مرجعكم جميعا وعد الله حقا إنه يبدأ الخلق ثم يعيده ليجزي﴾ [يُونس: 4]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek