×

Ntimusenga atariyo yonyene n’amazina mwatondesheje mwebwe nyene hamwe n’abavyeyi banyu, Imana ntiyamanuye 12:40 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Yusuf ⮕ (12:40) ayat 40 in Rundi

12:40 Surah Yusuf ayat 40 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Yusuf ayat 40 - يُوسُف - Page - Juz 12

﴿مَا تَعۡبُدُونَ مِن دُونِهِۦٓ إِلَّآ أَسۡمَآءٗ سَمَّيۡتُمُوهَآ أَنتُمۡ وَءَابَآؤُكُم مَّآ أَنزَلَ ٱللَّهُ بِهَا مِن سُلۡطَٰنٍۚ إِنِ ٱلۡحُكۡمُ إِلَّا لِلَّهِ أَمَرَ أَلَّا تَعۡبُدُوٓاْ إِلَّآ إِيَّاهُۚ ذَٰلِكَ ٱلدِّينُ ٱلۡقَيِّمُ وَلَٰكِنَّ أَكۡثَرَ ٱلنَّاسِ لَا يَعۡلَمُونَ ﴾
[يُوسُف: 40]

Ntimusenga atariyo yonyene n’amazina mwatondesheje mwebwe nyene hamwe n’abavyeyi banyu, Imana ntiyamanuye ivyemezo kuri ivyo, kandi ntategeko atari itegeko ry’Imana gusa yategetse yuko mutosenga uwariwe wese atari Imana yonyene gusa, iyo rero niyo dini igororotse mugabo abantu benshi ntabumenyi bafise

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ما تعبدون من دونه إلا أسماء سميتموها أنتم وآباؤكم ما أنـزل الله, باللغة الكيروندية

﴿ما تعبدون من دونه إلا أسماء سميتموها أنتم وآباؤكم ما أنـزل الله﴾ [يُوسُف: 40]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek