×

N’umuvyeyi wawe yaciye urubanza rwuko mutazosenga uwariwe wese atari Imana yonyene gusa, 17:23 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Isra’ ⮕ (17:23) ayat 23 in Rundi

17:23 Surah Al-Isra’ ayat 23 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Isra’ ayat 23 - الإسرَاء - Page - Juz 15

﴿۞ وَقَضَىٰ رَبُّكَ أَلَّا تَعۡبُدُوٓاْ إِلَّآ إِيَّاهُ وَبِٱلۡوَٰلِدَيۡنِ إِحۡسَٰنًاۚ إِمَّا يَبۡلُغَنَّ عِندَكَ ٱلۡكِبَرَ أَحَدُهُمَآ أَوۡ كِلَاهُمَا فَلَا تَقُل لَّهُمَآ أُفّٖ وَلَا تَنۡهَرۡهُمَا وَقُل لَّهُمَا قَوۡلٗا كَرِيمٗا ﴾
[الإسرَاء: 23]

N’umuvyeyi wawe yaciye urubanza rwuko mutazosenga uwariwe wese atari Imana yonyene gusa, hamwe nukugirira ineza ntangere abavyeyi bose uko ari babiri, hanyuma umwe muribo ageze muzabukuru muri kumwe nabo, canke bose uko ari babiri, rero ntubabwire ijambo rivuga riti:- Ah! kandi ntuba kankamire, kandi ubavugishe imvugo y’urupfasoni rwiza

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وقضى ربك ألا تعبدوا إلا إياه وبالوالدين إحسانا إما يبلغن عندك الكبر, باللغة الكيروندية

﴿وقضى ربك ألا تعبدوا إلا إياه وبالوالدين إحسانا إما يبلغن عندك الكبر﴾ [الإسرَاء: 23]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek