×

N’uvuge uti:- uko niko kuri kuvuye k’Umuremyi wanyu, rero uwushaka niyemere, n’uwudashaka 18:29 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Kahf ⮕ (18:29) ayat 29 in Rundi

18:29 Surah Al-Kahf ayat 29 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Kahf ayat 29 - الكَهف - Page - Juz 15

﴿وَقُلِ ٱلۡحَقُّ مِن رَّبِّكُمۡۖ فَمَن شَآءَ فَلۡيُؤۡمِن وَمَن شَآءَ فَلۡيَكۡفُرۡۚ إِنَّآ أَعۡتَدۡنَا لِلظَّٰلِمِينَ نَارًا أَحَاطَ بِهِمۡ سُرَادِقُهَاۚ وَإِن يَسۡتَغِيثُواْ يُغَاثُواْ بِمَآءٖ كَٱلۡمُهۡلِ يَشۡوِي ٱلۡوُجُوهَۚ بِئۡسَ ٱلشَّرَابُ وَسَآءَتۡ مُرۡتَفَقًا ﴾
[الكَهف: 29]

N’uvuge uti:- uko niko kuri kuvuye k’Umuremyi wanyu, rero uwushaka niyemere, n’uwudashaka nawe nahakane, mu vy’ukuri twabateguriye abahemukuye imitima yabo umuriro udahera, impome zawo zizoba zibakikuje hose, basaba imfashanyo yukuronswa amadahurwa kubera inyota yabafashe, rero bazofashwa muguhabwa amazi ameze nk’umujumpu wabijijwe uzoturira amaso yabo, ico n’ikinyobwa kibi cane, kandi n’ahantu habi cane hameze gute

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وقل الحق من ربكم فمن شاء فليؤمن ومن شاء فليكفر إنا أعتدنا, باللغة الكيروندية

﴿وقل الحق من ربكم فمن شاء فليؤمن ومن شاء فليكفر إنا أعتدنا﴾ [الكَهف: 29]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek