×

N’ibitabu bizoshirwa imbere yabo, hanyuma uzobabona abantu babi ingene batekewe n’ubwoba kubera 18:49 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Kahf ⮕ (18:49) ayat 49 in Rundi

18:49 Surah Al-Kahf ayat 49 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Kahf ayat 49 - الكَهف - Page - Juz 15

﴿وَوُضِعَ ٱلۡكِتَٰبُ فَتَرَى ٱلۡمُجۡرِمِينَ مُشۡفِقِينَ مِمَّا فِيهِ وَيَقُولُونَ يَٰوَيۡلَتَنَا مَالِ هَٰذَا ٱلۡكِتَٰبِ لَا يُغَادِرُ صَغِيرَةٗ وَلَا كَبِيرَةً إِلَّآ أَحۡصَىٰهَاۚ وَوَجَدُواْ مَا عَمِلُواْ حَاضِرٗاۗ وَلَا يَظۡلِمُ رَبُّكَ أَحَدٗا ﴾
[الكَهف: 49]

N’ibitabu bizoshirwa imbere yabo, hanyuma uzobabona abantu babi ingene batekewe n’ubwoba kubera ibiri mubitabu vyabo hanyuma baze bavuge bati:- Yoh! Uguhonywa kwacu nukwuno musi, none nigute ibi bitabu vyacu bitasigaje ikintu nagitoyi canke ikintu kininiya atari uko vyose birimwo, kandi bazosanga ivyo bagize vyose vyaranditswe murico, n’Umuremyi wawe ntashobora guhemukira umuntu uwariwe wese

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ووضع الكتاب فترى المجرمين مشفقين مما فيه ويقولون ياويلتنا مال هذا الكتاب, باللغة الكيروندية

﴿ووضع الكتاب فترى المجرمين مشفقين مما فيه ويقولون ياويلتنا مال هذا الكتاب﴾ [الكَهف: 49]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek