×

Mwarahawe uburenganzira kubijanye n’amajoro y’ukwisonzesha muguhuza ibitsina vyanyu n’abatambukanyi banyu, namwe n’impuzu 2:187 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:187) ayat 187 in Rundi

2:187 Surah Al-Baqarah ayat 187 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 187 - البَقَرَة - Page - Juz 2

﴿أُحِلَّ لَكُمۡ لَيۡلَةَ ٱلصِّيَامِ ٱلرَّفَثُ إِلَىٰ نِسَآئِكُمۡۚ هُنَّ لِبَاسٞ لَّكُمۡ وَأَنتُمۡ لِبَاسٞ لَّهُنَّۗ عَلِمَ ٱللَّهُ أَنَّكُمۡ كُنتُمۡ تَخۡتَانُونَ أَنفُسَكُمۡ فَتَابَ عَلَيۡكُمۡ وَعَفَا عَنكُمۡۖ فَٱلۡـَٰٔنَ بَٰشِرُوهُنَّ وَٱبۡتَغُواْ مَا كَتَبَ ٱللَّهُ لَكُمۡۚ وَكُلُواْ وَٱشۡرَبُواْ حَتَّىٰ يَتَبَيَّنَ لَكُمُ ٱلۡخَيۡطُ ٱلۡأَبۡيَضُ مِنَ ٱلۡخَيۡطِ ٱلۡأَسۡوَدِ مِنَ ٱلۡفَجۡرِۖ ثُمَّ أَتِمُّواْ ٱلصِّيَامَ إِلَى ٱلَّيۡلِۚ وَلَا تُبَٰشِرُوهُنَّ وَأَنتُمۡ عَٰكِفُونَ فِي ٱلۡمَسَٰجِدِۗ تِلۡكَ حُدُودُ ٱللَّهِ فَلَا تَقۡرَبُوهَاۗ كَذَٰلِكَ يُبَيِّنُ ٱللَّهُ ءَايَٰتِهِۦ لِلنَّاسِ لَعَلَّهُمۡ يَتَّقُونَ ﴾
[البَقَرَة: 187]

Mwarahawe uburenganzira kubijanye n’amajoro y’ukwisonzesha muguhuza ibitsina vyanyu n’abatambukanyi banyu, namwe n’impuzu kuribo, n’Imana niyo ifise ubumenyi yuko mwahora muhemukira imitima yanyu, kuri ivyo rero Imana irabemereye ico kigongwe canyu kandi irabagiriye n’imbabazi, rero nimwivangane nabo kandi musabe ivyo Imana yabandikiye, kandi mufungure n’ukunywa kugeza aho hazobonekera umuco w’umutwenzi uvuye mu muco wirabura w’ijoro, hanyuma mukwize uko kwisonzesha kwanyu kugeza mw’ijoro, kandi ntimwivangane nabo namwe muri mumasengero yanyu ya (Itiqafu) izo nizo mbibe z’Imana, kandi ntimuzegere, uko rero niko Imana igaragaza ivyemezo vyayo ku bantu kugira ngo bayitinye

❮ Previous Next ❯

ترجمة: أحل لكم ليلة الصيام الرفث إلى نسائكم هن لباس لكم وأنتم لباس, باللغة الكيروندية

﴿أحل لكم ليلة الصيام الرفث إلى نسائكم هن لباس لكم وأنتم لباس﴾ [البَقَرَة: 187]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek