﴿يَسۡـَٔلُونَكَ عَنِ ٱلشَّهۡرِ ٱلۡحَرَامِ قِتَالٖ فِيهِۖ قُلۡ قِتَالٞ فِيهِ كَبِيرٞۚ وَصَدٌّ عَن سَبِيلِ ٱللَّهِ وَكُفۡرُۢ بِهِۦ وَٱلۡمَسۡجِدِ ٱلۡحَرَامِ وَإِخۡرَاجُ أَهۡلِهِۦ مِنۡهُ أَكۡبَرُ عِندَ ٱللَّهِۚ وَٱلۡفِتۡنَةُ أَكۡبَرُ مِنَ ٱلۡقَتۡلِۗ وَلَا يَزَالُونَ يُقَٰتِلُونَكُمۡ حَتَّىٰ يَرُدُّوكُمۡ عَن دِينِكُمۡ إِنِ ٱسۡتَطَٰعُواْۚ وَمَن يَرۡتَدِدۡ مِنكُمۡ عَن دِينِهِۦ فَيَمُتۡ وَهُوَ كَافِرٞ فَأُوْلَٰٓئِكَ حَبِطَتۡ أَعۡمَٰلُهُمۡ فِي ٱلدُّنۡيَا وَٱلۡأٓخِرَةِۖ وَأُوْلَٰٓئِكَ أَصۡحَٰبُ ٱلنَّارِۖ هُمۡ فِيهَا خَٰلِدُونَ ﴾
[البَقَرَة: 217]
Barakubaza kubijanye n’ukurwana mumezi matagatifu, wewe n’uvuge uti:- kurwana muri ayo mezi n’igicumuro kininiya cane, kandi n’ukuzitira abantu mw’idini ry’Imana hamwe n’uguhakana Imana n’ukuzitirira abantu kuri iryo Sengero ritagatifu hamwe nukubakura mwo abari muri iryo sengero ritagatifu, n’igicumuro kininiya imbere y’Imana, hamwe n’ukuzitira abantu mw’idini ryabo ivyo n’ibintu bibi cane gusumba ubwicanyi, kandi ntibazoreka kurwana namwe kugeza aho bazobakura mw’idini ryanyu nibabishobora, n’abazo kwiyonjorora mw’idini ryanyu babishoboye n’abazo kwiyonjorora mw’idini ryabo muri mwebwe hanyuma bakitaba Umuremyi wabo nabo ari abahakanyi b’Imana abo bantu nibo ibikorwa vyabo bizoba vyononekaye kuri iy’Isi no k’umusi w’imperuka, kandi nibo bantu bo mumuriro udahera muriwo bazowuba mwo mubuzima bwabo bwose
ترجمة: يسألونك عن الشهر الحرام قتال فيه قل قتال فيه كبير وصد عن, باللغة الكيروندية
﴿يسألونك عن الشهر الحرام قتال فيه قل قتال فيه كبير وصد عن﴾ [البَقَرَة: 217]