×

Nimwahukana nabo bakenyezi imbere yuko muhuza nabo ibitsina kandi mukaba mwaramaze kubatangira 2:237 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:237) ayat 237 in Rundi

2:237 Surah Al-Baqarah ayat 237 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 237 - البَقَرَة - Page - Juz 2

﴿وَإِن طَلَّقۡتُمُوهُنَّ مِن قَبۡلِ أَن تَمَسُّوهُنَّ وَقَدۡ فَرَضۡتُمۡ لَهُنَّ فَرِيضَةٗ فَنِصۡفُ مَا فَرَضۡتُمۡ إِلَّآ أَن يَعۡفُونَ أَوۡ يَعۡفُوَاْ ٱلَّذِي بِيَدِهِۦ عُقۡدَةُ ٱلنِّكَاحِۚ وَأَن تَعۡفُوٓاْ أَقۡرَبُ لِلتَّقۡوَىٰۚ وَلَا تَنسَوُاْ ٱلۡفَضۡلَ بَيۡنَكُمۡۚ إِنَّ ٱللَّهَ بِمَا تَعۡمَلُونَ بَصِيرٌ ﴾
[البَقَرَة: 237]

Nimwahukana nabo bakenyezi imbere yuko muhuza nabo ibitsina kandi mukaba mwaramaze kubatangira ubwo bushimwe bwabo rero nimugabure ako gashimwe nkuko mwasezeranye nabo dukuyemwo abo bapfasoni biyankiye kwakira ako gashimwe kubwabo, canke uyo mugabo ukugira ubugeni bwiwe buri muminwe yiwe akirekura n’ukurekuriranira niko kwiyegereza cane kw’umuntu ku Mana yiwe kandi ntimwibagire kugira ineza hagati yanyu, mu vy’ukuri Imana irabona ivyo mugira vyose

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وإن طلقتموهن من قبل أن تمسوهن وقد فرضتم لهن فريضة فنصف ما, باللغة الكيروندية

﴿وإن طلقتموهن من قبل أن تمسوهن وقد فرضتم لهن فريضة فنصف ما﴾ [البَقَرَة: 237]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek