×

N’intumwa yabo yababwiye iti:- ikimenyetso c’ubwo bwami bwiwe nuko muzoshikirwa n’isandugu ririmwo 2:248 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:248) ayat 248 in Rundi

2:248 Surah Al-Baqarah ayat 248 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 248 - البَقَرَة - Page - Juz 2

﴿وَقَالَ لَهُمۡ نَبِيُّهُمۡ إِنَّ ءَايَةَ مُلۡكِهِۦٓ أَن يَأۡتِيَكُمُ ٱلتَّابُوتُ فِيهِ سَكِينَةٞ مِّن رَّبِّكُمۡ وَبَقِيَّةٞ مِّمَّا تَرَكَ ءَالُ مُوسَىٰ وَءَالُ هَٰرُونَ تَحۡمِلُهُ ٱلۡمَلَٰٓئِكَةُۚ إِنَّ فِي ذَٰلِكَ لَأٓيَةٗ لَّكُمۡ إِن كُنتُم مُّؤۡمِنِينَ ﴾
[البَقَرَة: 248]

N’intumwa yabo yababwiye iti:- ikimenyetso c’ubwo bwami bwiwe nuko muzoshikirwa n’isandugu ririmwo ihumurizo ry’imitima yanyu, rivuye k’Umuremyi wanyu hamwe n’ibisigarira vyasizwe n’abantu b’intumwa y’Imana Mussa (iii) hamwe nab’intumwa y’Imana Haruna (iii) rikaba rireruwe n’Abamarayika, ntankeka muri ivyo vyose harimwo ivyemezo kuri mwebwe nimwaba mwemera bimwe vy’ukuri

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وقال لهم نبيهم إن آية ملكه أن يأتيكم التابوت فيه سكينة من, باللغة الكيروندية

﴿وقال لهم نبيهم إن آية ملكه أن يأتيكم التابوت فيه سكينة من﴾ [البَقَرَة: 248]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek