×

Yaremeye intumwa y’Imana ivyamanuriwe kuriwe bivuye ku Muremyi wiwe hamwe naba Isilamu 2:285 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:285) ayat 285 in Rundi

2:285 Surah Al-Baqarah ayat 285 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 285 - البَقَرَة - Page - Juz 3

﴿ءَامَنَ ٱلرَّسُولُ بِمَآ أُنزِلَ إِلَيۡهِ مِن رَّبِّهِۦ وَٱلۡمُؤۡمِنُونَۚ كُلٌّ ءَامَنَ بِٱللَّهِ وَمَلَٰٓئِكَتِهِۦ وَكُتُبِهِۦ وَرُسُلِهِۦ لَا نُفَرِّقُ بَيۡنَ أَحَدٖ مِّن رُّسُلِهِۦۚ وَقَالُواْ سَمِعۡنَا وَأَطَعۡنَاۖ غُفۡرَانَكَ رَبَّنَا وَإِلَيۡكَ ٱلۡمَصِيرُ ﴾
[البَقَرَة: 285]

Yaremeye intumwa y’Imana ivyamanuriwe kuriwe bivuye ku Muremyi wiwe hamwe naba Isilamu bose bemeye mana yabo y’ukuri hamwe n’Abamarayika bayo n’ibitabu vyayo hamwe n’intumwa zayo, natwe ntidutandukisha hagati y’uwariwe wese muntumwa z’Imana zayo, kandi bama bavuga:- turumvise kandi twagamburutse kandi turagusavye ikigongwe wewe Muremyi wacu, n’ingaruka rya twese riri iwawe

❮ Previous Next ❯

ترجمة: آمن الرسول بما أنـزل إليه من ربه والمؤمنون كل آمن بالله وملائكته, باللغة الكيروندية

﴿آمن الرسول بما أنـزل إليه من ربه والمؤمنون كل آمن بالله وملائكته﴾ [البَقَرَة: 285]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek