×

Imana rugira vyose ntihatagiza umutima w’umuntu uwariwe wese atari kubijanye n’ubushobozi bwawo, 2:286 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:286) ayat 286 in Rundi

2:286 Surah Al-Baqarah ayat 286 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 286 - البَقَرَة - Page - Juz 3

﴿لَا يُكَلِّفُ ٱللَّهُ نَفۡسًا إِلَّا وُسۡعَهَاۚ لَهَا مَا كَسَبَتۡ وَعَلَيۡهَا مَا ٱكۡتَسَبَتۡۗ رَبَّنَا لَا تُؤَاخِذۡنَآ إِن نَّسِينَآ أَوۡ أَخۡطَأۡنَاۚ رَبَّنَا وَلَا تَحۡمِلۡ عَلَيۡنَآ إِصۡرٗا كَمَا حَمَلۡتَهُۥ عَلَى ٱلَّذِينَ مِن قَبۡلِنَاۚ رَبَّنَا وَلَا تُحَمِّلۡنَا مَا لَا طَاقَةَ لَنَا بِهِۦۖ وَٱعۡفُ عَنَّا وَٱغۡفِرۡ لَنَا وَٱرۡحَمۡنَآۚ أَنتَ مَوۡلَىٰنَا فَٱنصُرۡنَا عَلَى ٱلۡقَوۡمِ ٱلۡكَٰفِرِينَ ﴾
[البَقَرَة: 286]

Imana rugira vyose ntihatagiza umutima w’umuntu uwariwe wese atari kubijanye n’ubushobozi bwawo, ivyo uwo mutima wasoromye nirwawo, n’uruhombo rw’ivyo wasoromye biri hejuru yawo, Muremyi wacu ntuduhane nitwaba twaribagiye, canke nitwaba twagize amakosa, Muremyi wacu ntutwikoreze amananiza nkuko wikoreje abamyeho aho hambere yacu, Muremyi wacu ntutwikoreze ivyo tudashobora, kandi utugirire ikigongwe kandi ubidu hanagurire kandi uduhe n’impuhwe zawe, ni wewe udukingiye, rero n’udufashe hejuru y’abantu bata kwemera

❮ Previous Next ❯

ترجمة: لا يكلف الله نفسا إلا وسعها لها ما كسبت وعليها ما اكتسبت, باللغة الكيروندية

﴿لا يكلف الله نفسا إلا وسعها لها ما كسبت وعليها ما اكتسبت﴾ [البَقَرَة: 286]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek