×

Hanyuma imitima yanyu ica iraguma munyuma y’ivyo vyose kugeza naho iyo mitima 2:74 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Baqarah ⮕ (2:74) ayat 74 in Rundi

2:74 Surah Al-Baqarah ayat 74 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Baqarah ayat 74 - البَقَرَة - Page - Juz 1

﴿ثُمَّ قَسَتۡ قُلُوبُكُم مِّنۢ بَعۡدِ ذَٰلِكَ فَهِيَ كَٱلۡحِجَارَةِ أَوۡ أَشَدُّ قَسۡوَةٗۚ وَإِنَّ مِنَ ٱلۡحِجَارَةِ لَمَا يَتَفَجَّرُ مِنۡهُ ٱلۡأَنۡهَٰرُۚ وَإِنَّ مِنۡهَا لَمَا يَشَّقَّقُ فَيَخۡرُجُ مِنۡهُ ٱلۡمَآءُۚ وَإِنَّ مِنۡهَا لَمَا يَهۡبِطُ مِنۡ خَشۡيَةِ ٱللَّهِۗ وَمَا ٱللَّهُ بِغَٰفِلٍ عَمَّا تَعۡمَلُونَ ﴾
[البَقَرَة: 74]

Hanyuma imitima yanyu ica iraguma munyuma y’ivyo vyose kugeza naho iyo mitima iba nk’amabuye canke gusumba ayo mabuye, kuko hari n’ayandi mabuye ashungurukamwo inzuzi muriyo, hakabamwo n’ayandi mabuye akoragurika kubera ubwoba bw’Imana, nayo Imana ntiyibagira muvyo mugira vyose

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ثم قست قلوبكم من بعد ذلك فهي كالحجارة أو أشد قسوة وإن, باللغة الكيروندية

﴿ثم قست قلوبكم من بعد ذلك فهي كالحجارة أو أشد قسوة وإن﴾ [البَقَرَة: 74]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek