×

Rero twaramushikirije ubutumwa yuko yotegura ubwato imbere y’amaso yacu no kubutumwa bwacu, 23:27 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Mu’minun ⮕ (23:27) ayat 27 in Rundi

23:27 Surah Al-Mu’minun ayat 27 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Mu’minun ayat 27 - المؤمنُون - Page - Juz 18

﴿فَأَوۡحَيۡنَآ إِلَيۡهِ أَنِ ٱصۡنَعِ ٱلۡفُلۡكَ بِأَعۡيُنِنَا وَوَحۡيِنَا فَإِذَا جَآءَ أَمۡرُنَا وَفَارَ ٱلتَّنُّورُ فَٱسۡلُكۡ فِيهَا مِن كُلّٖ زَوۡجَيۡنِ ٱثۡنَيۡنِ وَأَهۡلَكَ إِلَّا مَن سَبَقَ عَلَيۡهِ ٱلۡقَوۡلُ مِنۡهُمۡۖ وَلَا تُخَٰطِبۡنِي فِي ٱلَّذِينَ ظَلَمُوٓاْ إِنَّهُم مُّغۡرَقُونَ ﴾
[المؤمنُون: 27]

Rero twaramushikirije ubutumwa yuko yotegura ubwato imbere y’amaso yacu no kubutumwa bwacu, rero nihashika itegeko ryacu harimwo n’itanuri ry’umwuzurire w’amazi, aho niho uzoca winjira muri ubwo bwato n’ibintu bibiri bibiri vy’ubwoko bwose hamwe n’abantu bawe bose dukuyemwo abo ijambo rizoba ryaciyeko hejuru yabo muribo kandi ntumvugishe kubijanye n’abahemukiye imitima yabo, ntankeka abo bantu bazokwibizwa mumazi

❮ Previous Next ❯

ترجمة: فأوحينا إليه أن اصنع الفلك بأعيننا ووحينا فإذا جاء أمرنا وفار التنور, باللغة الكيروندية

﴿فأوحينا إليه أن اصنع الفلك بأعيننا ووحينا فإذا جاء أمرنا وفار التنور﴾ [المؤمنُون: 27]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek