×

Mugihe yashikira amazi y’ico gisagara ca Madyana yahasanze umurwi w’abantu banyweshereza ibitungwa 28:23 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Qasas ⮕ (28:23) ayat 23 in Rundi

28:23 Surah Al-Qasas ayat 23 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Qasas ayat 23 - القَصَص - Page - Juz 20

﴿وَلَمَّا وَرَدَ مَآءَ مَدۡيَنَ وَجَدَ عَلَيۡهِ أُمَّةٗ مِّنَ ٱلنَّاسِ يَسۡقُونَ وَوَجَدَ مِن دُونِهِمُ ٱمۡرَأَتَيۡنِ تَذُودَانِۖ قَالَ مَا خَطۡبُكُمَاۖ قَالَتَا لَا نَسۡقِي حَتَّىٰ يُصۡدِرَ ٱلرِّعَآءُۖ وَأَبُونَا شَيۡخٞ كَبِيرٞ ﴾
[القَصَص: 23]

Mugihe yashikira amazi y’ico gisagara ca Madyana yahasanze umurwi w’abantu banyweshereza ibitungwa vyabo, hanyuma kuruhande rwabo ahasanga abapfasoni babiri bazitiriwe, intumwa y’Imana Mussa (iii) aca avuga ati:- mufise ingone nyabaki? Baca bamwishura bati:- twebwe ntidushobora kunyweshereza intungwa zacu kugeza aho abo bungere bose bacura ibitungwa vyabo n’umuvyeyi wacu n’uwugeze muzabukuru

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ولما ورد ماء مدين وجد عليه أمة من الناس يسقون ووجد من, باللغة الكيروندية

﴿ولما ورد ماء مدين وجد عليه أمة من الناس يسقون ووجد من﴾ [القَصَص: 23]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek