×

Abantu barashizwe mwo urukundo rw’ugukunda abakenyezi hamwe n’ibibondo hamwe n’amatu y’inzahabu n’imyakaka 3:14 Rundi translation

Quran infoRundiSurah al-‘Imran ⮕ (3:14) ayat 14 in Rundi

3:14 Surah al-‘Imran ayat 14 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah al-‘Imran ayat 14 - آل عِمران - Page - Juz 3

﴿زُيِّنَ لِلنَّاسِ حُبُّ ٱلشَّهَوَٰتِ مِنَ ٱلنِّسَآءِ وَٱلۡبَنِينَ وَٱلۡقَنَٰطِيرِ ٱلۡمُقَنطَرَةِ مِنَ ٱلذَّهَبِ وَٱلۡفِضَّةِ وَٱلۡخَيۡلِ ٱلۡمُسَوَّمَةِ وَٱلۡأَنۡعَٰمِ وَٱلۡحَرۡثِۗ ذَٰلِكَ مَتَٰعُ ٱلۡحَيَوٰةِ ٱلدُّنۡيَاۖ وَٱللَّهُ عِندَهُۥ حُسۡنُ ٱلۡمَـَٔابِ ﴾
[آل عِمران: 14]

Abantu barashizwe mwo urukundo rw’ugukunda abakenyezi hamwe n’ibibondo hamwe n’amatu y’inzahabu n’imyakaka hamwe n’ifarasi zorowe neza hamwe n’ibikoko n’imirima, n’ivyo vyose n’ibikoresho vy’ubuzima bwo ngaha kw’isi, no ku Mana niho hari ingaruka nziza

❮ Previous Next ❯

ترجمة: زين للناس حب الشهوات من النساء والبنين والقناطير المقنطرة من الذهب والفضة, باللغة الكيروندية

﴿زين للناس حب الشهوات من النساء والبنين والقناطير المقنطرة من الذهب والفضة﴾ [آل عِمران: 14]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek