×

Ewe ntumwa y’Imana, twaraguhaye uburenganzira kubatambukanyi bawe wahaye agashimwe kabo hamwe nabo 33:50 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ahzab ⮕ (33:50) ayat 50 in Rundi

33:50 Surah Al-Ahzab ayat 50 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ahzab ayat 50 - الأحزَاب - Page - Juz 22

﴿يَٰٓأَيُّهَا ٱلنَّبِيُّ إِنَّآ أَحۡلَلۡنَا لَكَ أَزۡوَٰجَكَ ٱلَّٰتِيٓ ءَاتَيۡتَ أُجُورَهُنَّ وَمَا مَلَكَتۡ يَمِينُكَ مِمَّآ أَفَآءَ ٱللَّهُ عَلَيۡكَ وَبَنَاتِ عَمِّكَ وَبَنَاتِ عَمَّٰتِكَ وَبَنَاتِ خَالِكَ وَبَنَاتِ خَٰلَٰتِكَ ٱلَّٰتِي هَاجَرۡنَ مَعَكَ وَٱمۡرَأَةٗ مُّؤۡمِنَةً إِن وَهَبَتۡ نَفۡسَهَا لِلنَّبِيِّ إِنۡ أَرَادَ ٱلنَّبِيُّ أَن يَسۡتَنكِحَهَا خَالِصَةٗ لَّكَ مِن دُونِ ٱلۡمُؤۡمِنِينَۗ قَدۡ عَلِمۡنَا مَا فَرَضۡنَا عَلَيۡهِمۡ فِيٓ أَزۡوَٰجِهِمۡ وَمَا مَلَكَتۡ أَيۡمَٰنُهُمۡ لِكَيۡلَا يَكُونَ عَلَيۡكَ حَرَجٞۗ وَكَانَ ٱللَّهُ غَفُورٗا رَّحِيمٗا ﴾
[الأحزَاب: 50]

Ewe ntumwa y’Imana, twaraguhaye uburenganzira kubatambukanyi bawe wahaye agashimwe kabo hamwe nabo witungiye mukuboko kwawe kw’iburyo, wahawe n’Imana yawe hamwe n’abigeme babadata banyu batoyi, hamwe n’abigeme bayinasenge banyu, n’abigeme bayinarume banyu, n’abigeme babashiki banyokwanyu mwimukanye nabo, hamwe n’umukenyezi wumu Isilamukazi yitanze kubwiwe imbere y’intumwa y’Imana, nkuko intumwa y’Imana nawe yagomba kwubakana nawe kandi berekuriwe kuriwe gusa bitarekuriwe kubandi ba Isilamu, ntankeka twebwe turamaze kubimenyesha ivyo twabategetse kubakenyezi babo hamwe n’abakenyezi mwitungiye kumaboko yanyu y’iburyo kugira ngo ntihabe ingorane kuri wewe, n’Imana niyo nyene imbabazi nyinshi n’impuhwe zihagije

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ياأيها النبي إنا أحللنا لك أزواجك اللاتي آتيت أجورهن وما ملكت يمينك, باللغة الكيروندية

﴿ياأيها النبي إنا أحللنا لك أزواجك اللاتي آتيت أجورهن وما ملكت يمينك﴾ [الأحزَاب: 50]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek