×

Ntubona bamwe babwirwa bati:- ni mukingire amaboko yanyu muhagarike amasengesho yanyu, kandi mutange imperezwa zanyu gusa, mugihe bategetswe kurwana n’umurwi umwe muribo waratinye 4:77 Rundi translation

Quran infoRundiSurah An-Nisa’ ⮕ (4:77) ayat 77 in Rundi

4:77 Surah An-Nisa’ ayat 77 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah An-Nisa’ ayat 77 - النِّسَاء - Page - Juz 5

﴿أَلَمۡ تَرَ إِلَى ٱلَّذِينَ قِيلَ لَهُمۡ كُفُّوٓاْ أَيۡدِيَكُمۡ وَأَقِيمُواْ ٱلصَّلَوٰةَ وَءَاتُواْ ٱلزَّكَوٰةَ فَلَمَّا كُتِبَ عَلَيۡهِمُ ٱلۡقِتَالُ إِذَا فَرِيقٞ مِّنۡهُمۡ يَخۡشَوۡنَ ٱلنَّاسَ كَخَشۡيَةِ ٱللَّهِ أَوۡ أَشَدَّ خَشۡيَةٗۚ وَقَالُواْ رَبَّنَا لِمَ كَتَبۡتَ عَلَيۡنَا ٱلۡقِتَالَ لَوۡلَآ أَخَّرۡتَنَآ إِلَىٰٓ أَجَلٖ قَرِيبٖۗ قُلۡ مَتَٰعُ ٱلدُّنۡيَا قَلِيلٞ وَٱلۡأٓخِرَةُ خَيۡرٞ لِّمَنِ ٱتَّقَىٰ وَلَا تُظۡلَمُونَ فَتِيلًا ﴾
[النِّسَاء: 77]

Ntubona bamwe babwirwa bati:- ni mukingire amaboko yanyu muhagarike amasengesho yanyu, kandi mutange imperezwa zanyu gusa, mugihe bategetswe kurwana n’umurwi umwe muribo waratinye abantu nk’ugutinya Imana canke kugira ubwoba gusumba, baca bavuga bati:- Muremyi wacu, ni kuki wadutegetse kurwana? Iyo udutevya kugeza kukiringo kigufiya gutya, nawe nuvuge uti:- amahirwe yo kw’Isi ni makeyi cane, ariko amahirwe yo mw’Ijuru niyo meza gusumba kubantu batinya Imana yabo y’ukuri, kandi ntimuzo hemukirwa naho koba ari akanyuzi kari hagati y’umwanya w’igishishwa c’icamwa c’umutende

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ألم تر إلى الذين قيل لهم كفوا أيديكم وأقيموا الصلاة وآتوا الزكاة, باللغة الكيروندية

﴿ألم تر إلى الذين قيل لهم كفوا أيديكم وأقيموا الصلاة وآتوا الزكاة﴾ [النِّسَاء: 77]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek