×

Abantu bo kuntumwa y’Imana Nuhu (iii) imbere yabo hamwe n’imirwi yabo munyuma 40:5 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Ghafir ⮕ (40:5) ayat 5 in Rundi

40:5 Surah Ghafir ayat 5 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Ghafir ayat 5 - غَافِر - Page - Juz 24

﴿كَذَّبَتۡ قَبۡلَهُمۡ قَوۡمُ نُوحٖ وَٱلۡأَحۡزَابُ مِنۢ بَعۡدِهِمۡۖ وَهَمَّتۡ كُلُّ أُمَّةِۭ بِرَسُولِهِمۡ لِيَأۡخُذُوهُۖ وَجَٰدَلُواْ بِٱلۡبَٰطِلِ لِيُدۡحِضُواْ بِهِ ٱلۡحَقَّ فَأَخَذۡتُهُمۡۖ فَكَيۡفَ كَانَ عِقَابِ ﴾
[غَافِر: 5]

Abantu bo kuntumwa y’Imana Nuhu (iii) imbere yabo hamwe n’imirwi yabo munyuma yabo hamwe n’ayandi makungu barateguye umugambi w’amabi kuntumwa yabo y’Imana kugira ngo bayifate, hanyuma bayi gandagure, rero baraharira kubitajanye n’ukuri kugira ngo bahindure ukuri, kuri ivyo naciye ndabafata n’amaboko yanje, mbega ibihano vyanje vyari bimeze gute

❮ Previous Next ❯

ترجمة: كذبت قبلهم قوم نوح والأحزاب من بعدهم وهمت كل أمة برسولهم ليأخذوه, باللغة الكيروندية

﴿كذبت قبلهم قوم نوح والأحزاب من بعدهم وهمت كل أمة برسولهم ليأخذوه﴾ [غَافِر: 5]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek