×

Nuba hamagare bagende kugira ibi vyose, na wewe ugororoke nkuko wategetswe, kandi 42:15 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Ash-Shura ⮕ (42:15) ayat 15 in Rundi

42:15 Surah Ash-Shura ayat 15 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Ash-Shura ayat 15 - الشُّوري - Page - Juz 25

﴿فَلِذَٰلِكَ فَٱدۡعُۖ وَٱسۡتَقِمۡ كَمَآ أُمِرۡتَۖ وَلَا تَتَّبِعۡ أَهۡوَآءَهُمۡۖ وَقُلۡ ءَامَنتُ بِمَآ أَنزَلَ ٱللَّهُ مِن كِتَٰبٖۖ وَأُمِرۡتُ لِأَعۡدِلَ بَيۡنَكُمُۖ ٱللَّهُ رَبُّنَا وَرَبُّكُمۡۖ لَنَآ أَعۡمَٰلُنَا وَلَكُمۡ أَعۡمَٰلُكُمۡۖ لَا حُجَّةَ بَيۡنَنَا وَبَيۡنَكُمُۖ ٱللَّهُ يَجۡمَعُ بَيۡنَنَاۖ وَإِلَيۡهِ ٱلۡمَصِيرُ ﴾
[الشُّوري: 15]

Nuba hamagare bagende kugira ibi vyose, na wewe ugororoke nkuko wategetswe, kandi ntukurikire ivyipfuzo vyabo kandi uvuge uti:- jewe ndemeye ibitabu vyose vyamanuwe n’Imana kandi nategetswe kuba umunyakuri hagati yanyu, Imana nayo niyo Muremyi wacu kandi niyo Muremyi wanyu, ibikorwa vyacu tubigira kubera twebwe nyene gusa, n’ibikorwa vyanyu mubigira kubera mwebwe nyene gusa, ntamatati ari hagati yacu na mwebwe n’Imana izo twegeranya hamwe n’ingaruka izoba iri iwe

❮ Previous Next ❯

ترجمة: فلذلك فادع واستقم كما أمرت ولا تتبع أهواءهم وقل آمنت بما أنـزل, باللغة الكيروندية

﴿فلذلك فادع واستقم كما أمرت ولا تتبع أهواءهم وقل آمنت بما أنـزل﴾ [الشُّوري: 15]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek