×

Nibatitaho natwe ntitwa kurungitse ngo ube uwubakingira, ivyo ntubijejwe atari uko ubashikiriza 42:48 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Ash-Shura ⮕ (42:48) ayat 48 in Rundi

42:48 Surah Ash-Shura ayat 48 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Ash-Shura ayat 48 - الشُّوري - Page - Juz 25

﴿فَإِنۡ أَعۡرَضُواْ فَمَآ أَرۡسَلۡنَٰكَ عَلَيۡهِمۡ حَفِيظًاۖ إِنۡ عَلَيۡكَ إِلَّا ٱلۡبَلَٰغُۗ وَإِنَّآ إِذَآ أَذَقۡنَا ٱلۡإِنسَٰنَ مِنَّا رَحۡمَةٗ فَرِحَ بِهَاۖ وَإِن تُصِبۡهُمۡ سَيِّئَةُۢ بِمَا قَدَّمَتۡ أَيۡدِيهِمۡ فَإِنَّ ٱلۡإِنسَٰنَ كَفُورٞ ﴾
[الشُّوري: 48]

Nibatitaho natwe ntitwa kurungitse ngo ube uwubakingira, ivyo ntubijejwe atari uko ubashikiriza ubutumwa gusa, mu vy’ukuri mugihe tumu honjesheje umuntu imigisha ivuye iwacu aca anezerwa cane, rero ashikiwe n’ingorane izarizo zose kubera ivyo amaboko yiwe yagize uca ubona uyo muntu ahakana Imana

❮ Previous Next ❯

ترجمة: فإن أعرضوا فما أرسلناك عليهم حفيظا إن عليك إلا البلاغ وإنا إذا, باللغة الكيروندية

﴿فإن أعرضوا فما أرسلناك عليهم حفيظا إن عليك إلا البلاغ وإنا إذا﴾ [الشُّوري: 48]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek