×

Kubera ivyo vyose twaciye twandikira bene Israeri yuko uwuzokwica umuntu nawe akaba 5:32 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ma’idah ⮕ (5:32) ayat 32 in Rundi

5:32 Surah Al-Ma’idah ayat 32 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ma’idah ayat 32 - المَائدة - Page - Juz 6

﴿مِنۡ أَجۡلِ ذَٰلِكَ كَتَبۡنَا عَلَىٰ بَنِيٓ إِسۡرَٰٓءِيلَ أَنَّهُۥ مَن قَتَلَ نَفۡسَۢا بِغَيۡرِ نَفۡسٍ أَوۡ فَسَادٖ فِي ٱلۡأَرۡضِ فَكَأَنَّمَا قَتَلَ ٱلنَّاسَ جَمِيعٗا وَمَنۡ أَحۡيَاهَا فَكَأَنَّمَآ أَحۡيَا ٱلنَّاسَ جَمِيعٗاۚ وَلَقَدۡ جَآءَتۡهُمۡ رُسُلُنَا بِٱلۡبَيِّنَٰتِ ثُمَّ إِنَّ كَثِيرٗا مِّنۡهُم بَعۡدَ ذَٰلِكَ فِي ٱلۡأَرۡضِ لَمُسۡرِفُونَ ﴾
[المَائدة: 32]

Kubera ivyo vyose twaciye twandikira bene Israeri yuko uwuzokwica umuntu nawe akaba atishe umuntu, canke atagize ubwononyi ngaha kw’Isi, ni nkaho azoba yishe abantu bose, n’uwuzoreka umuntu muzima, ni nkaho yarekuye abantu bose, ntankeka intumwa zacu z’Imana zara bashikiye n’ivyemezo biri k’umugaragaro, hanyuma benshi muribo munyuma yibi vyose baciye baba abononyi cane kuri iy’Isi

❮ Previous Next ❯

ترجمة: من أجل ذلك كتبنا على بني إسرائيل أنه من قتل نفسا بغير, باللغة الكيروندية

﴿من أجل ذلك كتبنا على بني إسرائيل أنه من قتل نفسا بغير﴾ [المَائدة: 32]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek