×

Barakubaza muvyo barekuriwe kugira mbega n’ibiki? Wewe vuga uti:- mwarahawe uburenganzira bw’ibintu 5:4 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ma’idah ⮕ (5:4) ayat 4 in Rundi

5:4 Surah Al-Ma’idah ayat 4 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ma’idah ayat 4 - المَائدة - Page - Juz 6

﴿يَسۡـَٔلُونَكَ مَاذَآ أُحِلَّ لَهُمۡۖ قُلۡ أُحِلَّ لَكُمُ ٱلطَّيِّبَٰتُ وَمَا عَلَّمۡتُم مِّنَ ٱلۡجَوَارِحِ مُكَلِّبِينَ تُعَلِّمُونَهُنَّ مِمَّا عَلَّمَكُمُ ٱللَّهُۖ فَكُلُواْ مِمَّآ أَمۡسَكۡنَ عَلَيۡكُمۡ وَٱذۡكُرُواْ ٱسۡمَ ٱللَّهِ عَلَيۡهِۖ وَٱتَّقُواْ ٱللَّهَۚ إِنَّ ٱللَّهَ سَرِيعُ ٱلۡحِسَابِ ﴾
[المَائدة: 4]

Barakubaza muvyo barekuriwe kugira mbega n’ibiki? Wewe vuga uti:- mwarahawe uburenganzira bw’ibintu vyiza hamwe n’ivyo mwigishije mubikoko hamwe n’inyoni mwigishije z’uguhiga mukazigisha nkuko Imana yabigishije, rero nimufungure kuvyo zabahigiye, kandi mubisomereko izina ry’Imana, kandi mutinye Imana, mu vy’ukuri Imana irafise umwete w’uguharura

❮ Previous Next ❯

ترجمة: يسألونك ماذا أحل لهم قل أحل لكم الطيبات وما علمتم من الجوارح, باللغة الكيروندية

﴿يسألونك ماذا أحل لهم قل أحل لكم الطيبات وما علمتم من الجوارح﴾ [المَائدة: 4]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek