×

Ewe ntumwa y’Imana, ntibagutetereze bamwe bihutira guhakana bari muri bamwe bavuga kuminwa 5:41 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ma’idah ⮕ (5:41) ayat 41 in Rundi

5:41 Surah Al-Ma’idah ayat 41 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ma’idah ayat 41 - المَائدة - Page - Juz 6

﴿۞ يَٰٓأَيُّهَا ٱلرَّسُولُ لَا يَحۡزُنكَ ٱلَّذِينَ يُسَٰرِعُونَ فِي ٱلۡكُفۡرِ مِنَ ٱلَّذِينَ قَالُوٓاْ ءَامَنَّا بِأَفۡوَٰهِهِمۡ وَلَمۡ تُؤۡمِن قُلُوبُهُمۡۛ وَمِنَ ٱلَّذِينَ هَادُواْۛ سَمَّٰعُونَ لِلۡكَذِبِ سَمَّٰعُونَ لِقَوۡمٍ ءَاخَرِينَ لَمۡ يَأۡتُوكَۖ يُحَرِّفُونَ ٱلۡكَلِمَ مِنۢ بَعۡدِ مَوَاضِعِهِۦۖ يَقُولُونَ إِنۡ أُوتِيتُمۡ هَٰذَا فَخُذُوهُ وَإِن لَّمۡ تُؤۡتَوۡهُ فَٱحۡذَرُواْۚ وَمَن يُرِدِ ٱللَّهُ فِتۡنَتَهُۥ فَلَن تَمۡلِكَ لَهُۥ مِنَ ٱللَّهِ شَيۡـًٔاۚ أُوْلَٰٓئِكَ ٱلَّذِينَ لَمۡ يُرِدِ ٱللَّهُ أَن يُطَهِّرَ قُلُوبَهُمۡۚ لَهُمۡ فِي ٱلدُّنۡيَا خِزۡيٞۖ وَلَهُمۡ فِي ٱلۡأٓخِرَةِ عَذَابٌ عَظِيمٞ ﴾
[المَائدة: 41]

Ewe ntumwa y’Imana, ntibagutetereze bamwe bihutira guhakana bari muri bamwe bavuga kuminwa yabo bati:- turemeye mugihe imitima yabo itemera namba, no mu bayahudi baza kwumviriza ivyo uriko uravuga kugira ngo bagende kubesha, mugihe abaza kwumviriza kubera abandi bantu batagushikira, nibo baca bahindura amajambo yico gitabu ca Taurati, mugihe caho kimaze gushingwa aho gitegerezwa kuba, bagaca bavuga bati:- nimwahabwa ibi vyose mubifate nkankama, nimuta habwa naho nimwigumye, n’umuntu Imana ishaka guha ibibazo wewe ntushobora guha imbere y’Imana icarico cose, abo bantu nibo Imana idashaka gusukura imitima yabo, kuko bazoba bafise ibizobatetereza ngaha kw’Isi, no k’umusi w’imperuka bazoba bafise ibihano bininiya cane

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ياأيها الرسول لا يحزنك الذين يسارعون في الكفر من الذين قالوا آمنا, باللغة الكيروندية

﴿ياأيها الرسول لا يحزنك الذين يسارعون في الكفر من الذين قالوا آمنا﴾ [المَائدة: 41]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek