×

Twara kumanuriye igitabu c’Imana kugira ngo cerekane ukuri kwama, kandi cemeza ibitabu 5:48 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ma’idah ⮕ (5:48) ayat 48 in Rundi

5:48 Surah Al-Ma’idah ayat 48 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ma’idah ayat 48 - المَائدة - Page - Juz 6

﴿وَأَنزَلۡنَآ إِلَيۡكَ ٱلۡكِتَٰبَ بِٱلۡحَقِّ مُصَدِّقٗا لِّمَا بَيۡنَ يَدَيۡهِ مِنَ ٱلۡكِتَٰبِ وَمُهَيۡمِنًا عَلَيۡهِۖ فَٱحۡكُم بَيۡنَهُم بِمَآ أَنزَلَ ٱللَّهُۖ وَلَا تَتَّبِعۡ أَهۡوَآءَهُمۡ عَمَّا جَآءَكَ مِنَ ٱلۡحَقِّۚ لِكُلّٖ جَعَلۡنَا مِنكُمۡ شِرۡعَةٗ وَمِنۡهَاجٗاۚ وَلَوۡ شَآءَ ٱللَّهُ لَجَعَلَكُمۡ أُمَّةٗ وَٰحِدَةٗ وَلَٰكِن لِّيَبۡلُوَكُمۡ فِي مَآ ءَاتَىٰكُمۡۖ فَٱسۡتَبِقُواْ ٱلۡخَيۡرَٰتِۚ إِلَى ٱللَّهِ مَرۡجِعُكُمۡ جَمِيعٗا فَيُنَبِّئُكُم بِمَا كُنتُمۡ فِيهِ تَخۡتَلِفُونَ ﴾
[المَائدة: 48]

Twara kumanuriye igitabu c’Imana kugira ngo cerekane ukuri kwama, kandi cemeza ibitabu vyamyeho imbere yiwe nukubicirako urubanza, rero n’ubacire urubanza ruri hagati yabo kuvyo Imana yamanuye, kandi ntukurikire ivyipfuzo vyabo mukudakurikiza ukuri kwagushikiye, n’abantu muri mwebwe twarabahaye amategeko n’inzira zabo, iyo Imana ibishaka yari kubagira umurwi umwe, mugabo yashatse kubagerageza kuri ivyo yabahaye, rero nimuhiganwe mugushikira kubintu vyiza vy’amahoro, ingaruka yamwese ni kuMana nayo izobabwira ivyo mwahora mutumvikana ko

❮ Previous Next ❯

ترجمة: وأنـزلنا إليك الكتاب بالحق مصدقا لما بين يديه من الكتاب ومهيمنا عليه, باللغة الكيروندية

﴿وأنـزلنا إليك الكتاب بالحق مصدقا لما بين يديه من الكتاب ومهيمنا عليه﴾ [المَائدة: 48]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek