×

Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri, mugihe muhagaze kugira ngo mugire amasengesho yanyu, 5:6 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ma’idah ⮕ (5:6) ayat 6 in Rundi

5:6 Surah Al-Ma’idah ayat 6 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ma’idah ayat 6 - المَائدة - Page - Juz 6

﴿يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُوٓاْ إِذَا قُمۡتُمۡ إِلَى ٱلصَّلَوٰةِ فَٱغۡسِلُواْ وُجُوهَكُمۡ وَأَيۡدِيَكُمۡ إِلَى ٱلۡمَرَافِقِ وَٱمۡسَحُواْ بِرُءُوسِكُمۡ وَأَرۡجُلَكُمۡ إِلَى ٱلۡكَعۡبَيۡنِۚ وَإِن كُنتُمۡ جُنُبٗا فَٱطَّهَّرُواْۚ وَإِن كُنتُم مَّرۡضَىٰٓ أَوۡ عَلَىٰ سَفَرٍ أَوۡ جَآءَ أَحَدٞ مِّنكُم مِّنَ ٱلۡغَآئِطِ أَوۡ لَٰمَسۡتُمُ ٱلنِّسَآءَ فَلَمۡ تَجِدُواْ مَآءٗ فَتَيَمَّمُواْ صَعِيدٗا طَيِّبٗا فَٱمۡسَحُواْ بِوُجُوهِكُمۡ وَأَيۡدِيكُم مِّنۡهُۚ مَا يُرِيدُ ٱللَّهُ لِيَجۡعَلَ عَلَيۡكُم مِّنۡ حَرَجٖ وَلَٰكِن يُرِيدُ لِيُطَهِّرَكُمۡ وَلِيُتِمَّ نِعۡمَتَهُۥ عَلَيۡكُمۡ لَعَلَّكُمۡ تَشۡكُرُونَ ﴾
[المَائدة: 6]

Mwebwe mwemeye Imana yanyu y’ukuri, mugihe muhagaze kugira ngo mugire amasengesho yanyu, ni mubanze kwoza mumaso yanyu hamwe n’amaboko yanyu kugeza kunkokora zanyu, hanyuma musige amazi kumitwe yanyu no kumaguru yanyu kugeza hejuru y’ibitsintsiri vy’amaguru yanyu, nimwaba mufise umwanda mpuza bitsina naho nimwiyoge, nimwaba mukitswe n’amagara naho, canke muri murugendo, canke umwe muri mwebwe avuye kwituma, canke yaranguye amabanga y’abubatse n’abakenyezi banyu mugabo mukaba mwabuze amazi y’ukwisukura, nimukoreshe ivu ryiza mugusiga mumaso yanyu n’amaboko yanyu gusa, Imana ntikunda kubashira mungorane, ahubwo ishaka kubasukura n’ugukwiza imigisha yayo kuri mwebwe kugira ngo muyikengurukire

❮ Previous Next ❯

ترجمة: ياأيها الذين آمنوا إذا قمتم إلى الصلاة فاغسلوا وجوهكم وأيديكم إلى المرافق, باللغة الكيروندية

﴿ياأيها الذين آمنوا إذا قمتم إلى الصلاة فاغسلوا وجوهكم وأيديكم إلى المرافق﴾ [المَائدة: 6]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek