×

Imana ntizobahana kubera indahiro zanyu ataco zimaze, mugabo izobafata kundahiro mwarahiye kuvyipfuzo 5:89 Rundi translation

Quran infoRundiSurah Al-Ma’idah ⮕ (5:89) ayat 89 in Rundi

5:89 Surah Al-Ma’idah ayat 89 in Rundi (الكيروندية)

Quran with Rundi translation - Surah Al-Ma’idah ayat 89 - المَائدة - Page - Juz 7

﴿لَا يُؤَاخِذُكُمُ ٱللَّهُ بِٱللَّغۡوِ فِيٓ أَيۡمَٰنِكُمۡ وَلَٰكِن يُؤَاخِذُكُم بِمَا عَقَّدتُّمُ ٱلۡأَيۡمَٰنَۖ فَكَفَّٰرَتُهُۥٓ إِطۡعَامُ عَشَرَةِ مَسَٰكِينَ مِنۡ أَوۡسَطِ مَا تُطۡعِمُونَ أَهۡلِيكُمۡ أَوۡ كِسۡوَتُهُمۡ أَوۡ تَحۡرِيرُ رَقَبَةٖۖ فَمَن لَّمۡ يَجِدۡ فَصِيَامُ ثَلَٰثَةِ أَيَّامٖۚ ذَٰلِكَ كَفَّٰرَةُ أَيۡمَٰنِكُمۡ إِذَا حَلَفۡتُمۡۚ وَٱحۡفَظُوٓاْ أَيۡمَٰنَكُمۡۚ كَذَٰلِكَ يُبَيِّنُ ٱللَّهُ لَكُمۡ ءَايَٰتِهِۦ لَعَلَّكُمۡ تَشۡكُرُونَ ﴾
[المَائدة: 89]

Imana ntizobahana kubera indahiro zanyu ataco zimaze, mugabo izobafata kundahiro mwarahiye kuvyipfuzo mwagiriraniye nayo y’ukuri, rero indishi yizondahiro zose n’ukurisha abakene cumi kubifungurwa biri hagati na hagati yivyo murisha abantu bomungo zanyu canke mukabambika, canke mukabaha uburenga nzira bw’umushumvyi ufise, mugabo uwutabishoboye kuronka ivyo vyose, niyisonzeshe imisi itatu, iyi niyo ndishi y’indahiro zanyu mugihe mwarahiye, rero nimwirinde cane nizo ndahiro zanyu, gutyo rero Imana irabamenyesha amajambo yayo matagatifu kugira ngo mube mu bantu bashima

❮ Previous Next ❯

ترجمة: لا يؤاخذكم الله باللغو في أيمانكم ولكن يؤاخذكم بما عقدتم الأيمان فكفارته, باللغة الكيروندية

﴿لا يؤاخذكم الله باللغو في أيمانكم ولكن يؤاخذكم بما عقدتم الأيمان فكفارته﴾ [المَائدة: 89]

❮ Previous Next ❯

Verse in more languages

Transliteration Bangla Bosnian German English Persian French Hindi Indonesian Kazakh Dutch Russian Spanish Turkish Urdu Uzbek